Home homepage

homepage

Tchabalala yiyongereye mu bakinyi b’abarundi bafise inzu zabo

    Umukinyi wo ku ruhande mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yiyongereye ku rutonde rw'abakinyi b'intamba mu rugamba Indundi Sports izi...

Blaise Bigirimana ngo abarundi barazi umupira babuze ababashigikira

Mugihe umukinyi w'Umurundi akina mu gihugu ca Tanzania mu mugwi wa Namungo Fc,Blaise Bigirimana mu  ikiganiro yahaye Indundi TV kuvyerekeye ubuzima bwiwe mu bijanye...

Davido yakoranye indirimbo na Nick Minaj

Mu gihe isi yugarijwe n’ikibazo ca COVID-19, Davido we ntiyicaye kuko abandanya akora nkuko bibandanya biboneka mu bikorwa ashira ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma y’indirimbo aheruka...

Chany Queen niwe yateturuye Sat-b vyamuyangaranye

Sat-b ngo uwo yoshira imbere ko yagize ico amufasha mu muziki ngo ni Chany Queen, kuko yamukuye ku nzira amaze igihe arindiriye umuririmvyi ngo...

Materazzi yasavye Zidane mushikiwe, aba akubiswe umutwe

Umutwe Zinedine Zidane yakubise Materazzi mu mwaka wa 2006 ngo vyavuye ku majambo yerekeza kuri mushikiwe. Mu kiyago uwo mukinyi wa kera w’ubutariyano aheruka gutanga...

Ngo hariho icanzo Neymar yocamwo mu gusubira muri Barcelona

Mu gihe hari impari zikomeye kuri Neymar ku bijanye n’ugusubira mu murwi wa Barcelona ava muri PSG, ngo hari amahigwe uwo murwi ushobora kugira...

Linah Blanche we arasobanura neza igikorwa cotuma abigeme batera imbere

Inyuma yo gukora Media Tour y'indirimbo nshasha yise Sugar ,ubu ari mubikorwa vyo kumenyekanisha canke ukudandaza Album yiwe yiseStrong Woman  Kuri uyu wagatanu igenekerezo rya...

Don Brighter ng’ibi ivyo abandanya gukora bishimishije mu muziki wo +257

Inyuma yo kumara imyaka myinshi akora umuziki ariko ibikorwa vyiwe bitabasha kumenyekana cane munyuma akiga uko yokora kugira ateze imbere ikiri muri we (Impano)...

FFB : Ihiganwa rya Primus league rishobora kubandanya mukwezi kwa Ruheshi

Mu misi iheze niho impuzamashirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Africa CAF ryandikiye amashirahamwe yose y'ibihugu 54 bihurikiye muri CAF risaba y'uko ivyo bihugu bitanga iciyumviro...

El-King iki nico camubayeko kubera Big Fizzo

https://www.youtube.com/watch?v=t6Og7RLtDMs&feature=youtu.be

Burundi ni inchi ambayo inaongoza kwa vijana wenye Talent ya Filamu

https://www.youtube.com/watch?v=V5Ew8G3SPW8

Menya neza ubuzima bw’Umurundi yarariko arabica bigacika muri Tanzania

https://www.youtube.com/watch?v=AYml7kEywCM&feature=youtu.be

Most Read

Bataravye neza, Sat-b ngo azosohora amashusho y’urukozasoni

  Sat-b ntahuza na bose Ku kibazo c'uburyo yari yambaye Muri Video aheruka gushira ahabona aho yabonetse asa n'uwurilo yinonora imitsi. Kuri iryo shusho ryabonetse igenekerezo...

Uguhinduka kwa Alvin Smith kwagarukanye igikundiro cinshi

Benshi mu bakurikirana ibikorwa vyiwe baremeza neza ko hari ihinduka mu bikorwa vy'Umuririmvyi Alvin Smith na cane cane ko bibonekera mu bikorwa...

Olga yavuze ryari azokorana indirimbo n’umunyarwanda

https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y Aganira na Yambi, ikinyamakuru co mu gihugu kibanyi c'Urwanda, yahanuwe guhitamwo mu baririmvyi 2 b'abanyarwanda, King James na Bruce Melodie bari mu bariko barakora...

Abamubika akiri muzima ngo nibacire birarura

Kidum ngo abariko baramubika kandi akiri muzima, nibacire birarura kuko sibo bashinga umusi azovira kuri ino si. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook yashize ahabona Video...