Home kirundi

kirundi

Mutima Constantin yarungitswe hanze kurondera abandi bakinyi bakina i Buraya

Mu kiyago Honorable Reveriyano Ndikuriyo asanzwe atwara inama nkenguzamateka hamwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB yakoranye n'abamenyeshamakuru kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15...

Etienne Ndayiragije asabwa guhagarika kumenyereza Taifa Stars

Inyuma y'aho umugwi Azam Fc umenyerezwa n'umurundi Etienne Ndayiragije utsindiwe i Dar es salaam ku musi w'Imana igenekerezo rya 15 Nyakanga umwaka w'2019, igitsindo...

Eliminatoires CHAN2020 : Intamba mu rugamba zatanguye imyimenyerezo yo kwitegurira Ubuganda

Mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka w'2019 ku kibuga c'Intwari, umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba w'abakinyi bakina...

Umurwi Himbaza wagirizwa kwiyitirira umurisho w’ingoma z’Uburundi waraye usezerewe mw’ihiganwa

Umurwi wagirizwa n’Uburundi ko washatse kwiba no kwiyitirira umurisho w’ingoma z’Uburundi Himbaza Drummers wo mu gihugu c’Urwanda wari witavye ihiganwa ryitiriwe “East African’s Got...

Eliminatoires CHAN2020 : Abamenyereza 3 nibo batowe kumenyereza intamba

Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 15 umwaka wa 2019 isaha zitanu 11h mu kigo c'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB niho...

Ikomborwa rya Niyungeko Olivier mu Ntamba mu rugamba riracari kure nk’indoto

kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 15 Nyakanga umwaka wa 2019 isaha zitanu (11h 00) zo mu gatondo niho Umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi...

Fortran yoba agiye gukorana akaririmbo na Gentil Misigaro

Ata gihindutse Fortran Bigirimana ariko arakora akaririmbo gashasha, kakaba kariko gakorwa na Aron Nitunga. Fortran Bigirimana yamenyesheje ko hari igikorwa gishasha ariko arategura muri ino...

Diamond na mushikiwe ngo boba babeshe ko Tanasha yavyaye

Ukuri kw'inkuru y'ivuka ry'umwana mushasha, kwoba kugoye kwemeza, kuko umuvyeyi wenyene, Tanasha, yahakanye ishusho y'umwana bakwiragije hose. Amakuru dukesha bimwe mu binyamakuru vyo muri kano...

Birashoboka ko Uwoya yoba agiye gusubira kugira ubugeni

Uwoya yatanze itariki ngo abantu bayigumize ku muzirikanyi, ariko yanka gutomora neza ikizoba. Igishoboka nuko ashobora gusubira kurushinga. Inyuma y'ukuvana n'umukunzi wiwe bari bagize ubugeni...

Eliminatoires CHAN2019 : Urutonde rw’abakinyi 33 b’intamba bagiye kwitegurira Ubuganda

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Nyakanga umwaka w'2019 niho abamenyereza b'intamba mu rugamba bashira ahabona urutonde rw'abakinyi 33 bagiye kwitegurira Ubuganda mu...

Uwankiye Kidum kuzoririmbira mu Rwanda ntaramenyekana

Igipfungu cinshi nico kirangwa mu majambo asobanura ibura rya Kidum mu giteramo Kigali Jazz Junction co mu mpera z'uku kwezi i Kigali mu Rwanda. Mu...

Kenya cakurikiye ibindi mu gutanguza urucanco rushasha rukinga malaria

Inyuma y’igihugu ca Malawi na Ghana, Kenya kibaye igihugu kigira gatatu catanguye gukoresha igeragezwa ry’urucanco rushasha rukinga ikiza ca malaria kibangamiye cane akarere ka...

Most Read

Ubushikiringanji bwo kubungabunga amagara y’abantu buramenyesha ko hari abandi bantu banduye ikiza ca covid-19

Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu bashika ku mirongo ibiri bamenyekanye ko banduye umugera wa Covid-19. Nk’uko biri mw'itangazo...

Bella Hot Hot|Igituma ibiteramo bikomeye iburayi yari gukora vyahomvye

Bella Hot Hot ni Umurundikazi umwe rudende yashoboye kuboneka mubiteramo bikomakomeye aho yaboneka arikumwe canke aherekeje abaririmvyi bakomeye hano kumugabane wa Afurika...

Jeanjos Parfait nawe yahambije abandi kuri rwa rubuga mpunza makungu

Umuririmvyi Jeanjos Parfait asazwe akora indirimbo zihayagiza Imana(Gospel) nawe yaraye atewe iteka ry’ugushirwa kuri rwa rubuga rwa Wikipedia inyuma yabagenziwe bamutanguriye Umuririmvyi Jaenjos Parfait asazwe...

#Rumonge| Batakambira abarongozi basaba ko bobaronsa ihinguriro ry’ivyamwa

Imvura y'imigisha Ku vyamwa vya mandalena niyo yibonekeza mu ntara ya Rumonge ndetse no muri komine Rumonge,bikagaragazwa n'umwibu mwinshi wazo, uherekezwa n'imyidogo Ku barimyi. Indobo...