Home kirundi

kirundi

Tanasha yatangaje benshi kuvyo yashikirije kuri Diamond Platnumz

Ukuba ashobora kuba aja mu bandi bakobwa ngo ico s'ikibazo kimuraba, mu gihe we amufata neza, ivyo n'ivyo Tanasha yashikirije kuri Diamond Platnumz umukunzi...

Q Boy yavuze ukuri ku ndirimbo Sat-b yabuzemwo agakorana na Rayvanny

Q boy ngo iyaba ari nawe ntiyari kureka gushiramwo agashari, amaze kubona ko indirimbo yanse kujamwo ibaye nziza kandi iriko ishika kure yaho yibaza. Inyuma...

Urutonde rw’indirimbo ziri muri Ep. Addicted ya Best Life Music

Kuva aho bagaragarije izina rigiye guherekeza Album yabo ariyo Addicted aho havurwa ko izoba ari Album izoba irimwo indirimbo zimeze neza kandi zizoba ziherekejwe...

Moustapha Francis Njali yahawe amasezerano muri Bugesera Fc

Ku musi wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 20 Myandagaro umwaka wa 2019, mu gihugu c'Urwanda niho umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Moustapha...

Canal+ igiye guhora yerekana ihiganwa ryo mu Butariyano

Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 20 Myandagaro umwaka wa 2019 , abatwara imboneshakure rya Canal+ ya hano iwacu baratunganije inama yo...

Justin Ndikumana yafashe ikibanza ca kabiri c’umunyegori yavyitwayemwo neza

Ku musi wa Mungu igenekerezo rya 18 Myandagaro umwaka wa 2019 niho mu gihugu ca Kenya hatorwa abakinyi bavyifashemwo neza mw'ihiganwa ryo muri Kenya...

Abavunja amafaranga y’agaciro batubahiriza amategeko ngo bagiye gufatirwa ibihano

Inama nkuru y’igihugu ijejwe umutekano isaba ibanki nkuru y’igihugu (BRB) hamwe n’ubushikiranganji bujejwe ikigega ca reta gufatira ingingo abantu bavunja amafaranga y’agaciro badakwirikije ibiciro...

Vyarantangaje ariko kandi vyari bishimishije

Ngo kwankira Dj kuvuza indirimbo zo hanze vyari bifise ico bisobanura kumuziki w'Uburundi Kuri uyu wa 18/08/2019 niho hari haramutse hatunganywa igiteramo citiriwe Wanajeshi aho...

Jeux Africains Maroc 2019 : Intamba U20 zatakaje urukino rwa mbere

Ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 17 Myandagaro umwaka wa 2019 , niho umugwi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 zatana mu mitwe...

Primus league : Uku niko baraye batsindanye

Ihiganwa rya Primus league Burundi kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 17 Myandagaro umwaka wa 2019 ryarabandanije kundwi yaryo igira kabiri. Uko niko...

CECAFA U15 Erithée : Intamba zaraye zirahiye Somalia

Mw'ijoro ryo kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 18 Myandagaro umwaka wa 2019 niho umugwi w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 15 watana...

Bamwe mu bakinyi b’intamba mu rugamba batanguye imyimenyerezo

Kuva kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 19 Myangadaro umwaka wa 2019 ku kibuga ca CTN ( Centre Technique National ) kiri mu Ngagara,...

Most Read

Umurwi CENI ngo ugiye kwakira ivyegeranyo vy’utunenge twabaye mu matora

Umukuru w’umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora Pierre Claver Kazihise amenyesha y’uko abantu nka bose bari barungitswe kurorera amatora aheruka kuba kuwa 20 Rusama 2020...

Ngozi-Kayanza : Abarimyi b’ikawa baridogera abajejwe amatonorero

  Abarimyi b'ikawa bo mu ntara za Ngozi na Kayanza baridoga ko inyuma y'isaha icumi na zibiri z'umugoroba (18h00) badasubira kubakirira ikawa bagaca baja kuzisyera...

BDUSA : Samuel Ndayiragije yoba yarakombowe koko?

Mu kiganiro abaramutswa ishirahamwe BDUSA, bakoranye na Raphael Biko umumenyeshamakuru yigenga, baratanga umuco kw'ibomborabombora riri muba nyeshirahamwe muri kino gihe. Uwahawe ijambo ubwa mbere akaba...

Jumaine urugero rw’abakinyi biwe rwaragabanutse

Inyuma yo kunganiriza i Bujumbura Ku kibuga c'intwari n'umugwi wa Inter Star 0-0, mu rukino rw'igice ca kabiri gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu, Niyonkuru...