Home kirundi

kirundi

Youth : Isekeza : “kumenya kuvuga oya ku biyayuramutwe”

Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 31 Mukakaro 2019, umugwi w'urwaruka "Force jeune Universelle" watunganije ihiganwa rigira gatatu ku civugo "Kumenya kuvugaoya" (savoir dire...

Emery Sun yabemereye ko agikomeye atazo bazomuburana

Emery sun yijeje abamuhaye icumu ry’umuryango kutazobatetereza, kandi kuzohagarira izina ry’umuhisi papa wiwe, nayo batonya biwe bon go ntaco bazomuburana. Kuri uyu wa mungu igenekerezo...

Big Fizzo yagirizwa ibintu bimwe na Chameleon co kimwe na Diamond

Ukugara ngo kwoba arikwo gutuma Big Fizzo atabasha gukorana indirimbo n’ibihangange vyo muri kano karere uburundi burimwo. Ibura ry’ugukorana indirimbo kwa Big Fizzo n’ibihangange bikomeye...

Diamond buca ateramisha abataboneye amakuba mu ca 1

Ikindi giteramo ca Diamond camaze gutangura gutegurwa i Bujumbura, inyuma y’icakomerekeyemwo benshi, abandi baravunika. Inyuma y’igiteramo akoreye i Bujumbura, kikitabirwa n’abantu batari bake, Diamond ngo...

Breaking News : Nizigiyimana Abdoul Karim yaguzwe muri Wazito Fc

Ukwitwara neza muri CAN 2019 kwatumye Nizigiyimana Abdoul Karim Makenz agurwa mu mugwi Wazito Fc. Mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 30...

Abanyororo 4 baraye bakomerekeye mw’ibohero rikuru ry’i Gitega

Abanyororo bane bapfungiwe mw'ibohero rikuru ry'i Gitega baraye bakomerekejwe n'abanyororo bagenzi babo mu kajagari kadutse muri iryo bohero hagati y'imigwi ibiri. Nk'uko tubishikirizwa n'ubushikiranganji bw'umutekano...

Primusic2019 : Abantu batanu nibo baraye bakomerekeye mu giteramo

  Abantu batanu nibo baraye bakomerekeye mu giteramo c’ihiganwa rya Primusic caraye kibaye kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 28 Mukakaro umwaka w’2019 ku kibuga c’ishure...

Alain Olivier Niyungeko ati : “Igice ca mbere catugoye kubera ihiganwa ritaratangura

Intsinzi y'uno musi yahaye icizere co gusubira kwitwara neza Alain Olivier Niyungeko. Mugihe urukino rwari rurangiye Intamba mu rugamba zirahiye Sudani y'epfo ibitsindo 2-0, umumenyereza...

Eliminatoire CHAN2020 : Intamba mu rugamba zirahiye Sudani y’epfo

Intamba zibandanya zitwara neza mu kwakirira iyindi migwi hano i Bujumbura. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Mukakaro umwaka wa 2019 igihe c'isaha...

Ararahira akarengwa ko atigeze abacisha mukanwa

Naho boba aribo canke bishitse nkabaririmba suko noba nd'umwansi w'iterambere ry'Uburundi. Ni inyuma yaho Kirikou A kili ashiriye k'umugaragaro indirimbo yiwe yise WASHA , aho...

Ashu Cyprian ati “Icizere ni cose ku bakinyi banje”

Umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu wa Sudan y'epfo Ashu Cyprian ngo afitiye icizere kidasanzwe abakinyi biwe. Mu kiganiro yatanze nawe nyene ku banditsi n'abamenyeshamakuru kuri uyu wa...

Rukundo Jean de Dieu agiye kumenyereza Espoir Fc

Uwadugiye Kayanza united umwaka uheze yahawe amasezerano yo kumenyereza mugwi Espoir Fc wo mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 25...

Most Read

Umurwi CENI ngo ugiye kwakira ivyegeranyo vy’utunenge twabaye mu matora

Umukuru w’umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora Pierre Claver Kazihise amenyesha y’uko abantu nka bose bari barungitswe kurorera amatora aheruka kuba kuwa 20 Rusama 2020...

Ngozi-Kayanza : Abarimyi b’ikawa baridogera abajejwe amatonorero

  Abarimyi b'ikawa bo mu ntara za Ngozi na Kayanza baridoga ko inyuma y'isaha icumi na zibiri z'umugoroba (18h00) badasubira kubakirira ikawa bagaca baja kuzisyera...

BDUSA : Samuel Ndayiragije yoba yarakombowe koko?

Mu kiganiro abaramutswa ishirahamwe BDUSA, bakoranye na Raphael Biko umumenyeshamakuru yigenga, baratanga umuco kw'ibomborabombora riri muba nyeshirahamwe muri kino gihe. Uwahawe ijambo ubwa mbere akaba...

Jumaine urugero rw’abakinyi biwe rwaragabanutse

Inyuma yo kunganiriza i Bujumbura Ku kibuga c'intwari n'umugwi wa Inter Star 0-0, mu rukino rw'igice ca kabiri gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu, Niyonkuru...