Home kirundi

kirundi

Issa Bigirimana yasezeye abakunzi ba APR

Inyuma yo kugurwa n'umugwi Young Africans wo mu gihugu ca Tanzania Issa Bigirimana yasezeye abakunzi b'umugwi Apr Fc yakinamwo hamwe n'abarongozi b'uyo mugwi. Kuva aho...

Franck Lampard agiye kumenyereza umugwi wa Chelsea

Ntibikiri ibanga uwahoze ari umukinyi wa Chelsea mu myaka iheze yamaze guhabwa amasezerano mashasha yo kumenyereza uwo mugwi. Kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo...

Uku niko ihiganwa ry’abigeme ryagenze kundwi igira 11

Mu mpera z'indwi iheze ihiganwa ry 'abigeme ryarabandanije kundwi igira icumi na rimwe. Uku niko batsindanye : -Rain Bow yatsinze ibitsindo 2 kuri 1 -Lionne Star...

Umukuru w’igihugu yaraye ashimiye umuvyeyi wa Papy Faty

Nyenicubahiro umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza yaraye ashimiye nyina wa Papy Faty. Kuri uyu wa mbere Mukakaro 2019 niho Uburundi bwahimbaza imyaka 57 iheze buhabuje...

CAN2019 : Icirwa umumenyereza Alain Olivier Niyungeko ngo yaraye ahakuye

Icigwa gikomeye Alain Olivier Niyungeko yaraye akuye muri CAN gishobora gutuma uyo mumenyereza akosora amakosa amwamwe yakoze. Inyuma y'aho intamba mu rugamba zitsindiwe na Guniée...

CAN2019 : Intamba mu rugamba zemerewe akaganuke gashimishije

Naho umugwi w'intamba mu rugamba waraye usezerewe na Guinée Conakry uyo mugwi wemerewe akaganuke gashimishije. Mw'ijoro ryo kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 30...

#Indundi Sports| CAN2019 : Intamba mu rugamba zaraye zisezerewe na Guinée Conakry

Umugwi nserukira w'intamba mu rugamba waraye usezerewe n'umugwi nserukira gihugu wa Guinée Conakry . Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 30 Ruheshi 2019,...

Ijambo rishikirijwe na Nyenicubahiro umukuru w’igihugu mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 57 Uburundi bumaze buhabuje intahe y’ukwikukira

Barundi, Barundikazi, Bakunzi b'Uburundi; 1. Imbere ya vyose nagomba mbanze nshimire Imana Mushoboravyose, umuremyi w'ijuru n'isi yaturemeye Igihugu cacu ciza c'Uburundi kandi igatako ikakizigama gushika...

CAN2019 : Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

Umumenyereza Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Guinée Conakry kuri uyu wa...

FFB : Umwambaro w’intamba mu rugamba uriko uragurishwa

Imiryango iruguruye ku barundi bose bipfuza kugura umwambaro w'intamba mu rugamba. Kuva ku musi wa gatatu igenekerezo rya 26 Ruheshi umwaka 2019 mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru...

CAN2019 : Pacifique Ndabihawenimana niwe agiye guhagarikira urukino rwa Guinée Bissau na Bénin

Pacifique Ndabihawenimana niwe murundi wenyene rudende yagiye muri Egiputa nk'umuhagarikizi mu nkino z'igikombe ca Afrika CAN. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ruheshi umwaka...

CAN2019 : Intamba mu rugamba zaraye zishitse amahoro i Cairo

Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye ushitse neza i Cairo aho ugiye gutana mu mitwe n'umugwi nserukira gihugu wa Guinea Conakry kuri uyu...

Most Read

Umurwi CENI ngo ugiye kwakira ivyegeranyo vy’utunenge twabaye mu matora

Umukuru w’umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora Pierre Claver Kazihise amenyesha y’uko abantu nka bose bari barungitswe kurorera amatora aheruka kuba kuwa 20 Rusama 2020...

Ngozi-Kayanza : Abarimyi b’ikawa baridogera abajejwe amatonorero

  Abarimyi b'ikawa bo mu ntara za Ngozi na Kayanza baridoga ko inyuma y'isaha icumi na zibiri z'umugoroba (18h00) badasubira kubakirira ikawa bagaca baja kuzisyera...

BDUSA : Samuel Ndayiragije yoba yarakombowe koko?

Mu kiganiro abaramutswa ishirahamwe BDUSA, bakoranye na Raphael Biko umumenyeshamakuru yigenga, baratanga umuco kw'ibomborabombora riri muba nyeshirahamwe muri kino gihe. Uwahawe ijambo ubwa mbere akaba...

Jumaine urugero rw’abakinyi biwe rwaragabanutse

Inyuma yo kunganiriza i Bujumbura Ku kibuga c'intwari n'umugwi wa Inter Star 0-0, mu rukino rw'igice ca kabiri gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu, Niyonkuru...