Home Entertainment

Entertainment

Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza

Uguhura kwa Eddy kamoso n'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw'amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n'umumenyeshamakuru. Mu kiyago n'ikinyamakuru Isibo...

#diaspora|Mkombozi| N’ Imana yatabaye nayo ahandi ho yari no kuhasiga ubuzima

"Urakoze Mana utanga utadya, iyo hataba wewe iyi ntambara y'abasuma batatu bafise intambi, n'inzembe ,sinari kuyitsinda, ariko imbaraga wampaye nanje zantangaje" Iryo ni rimwe...

#diaspora| Levis Ferdinand| Ijambo rifise ububasha bwo kwirukana no kwomora ibidutera ubwoba

Ushobora  kuba muri kano kanya wihebuye, ushobora kuba usa n'uwihevye, bishobora kuba vyagucanganiyeko, rushobora kuba rwakwuzuriyeko ,muri ico kinogo nyene urimwo Levis agira ati...

Masterland na Master Muziki iki nico bagiye gukorera abanya Rumonge

Inyuma yo gukora indirimbo yabahuje bose nk'umuryago  "Master Muzik", bagiye kuryohera abakunzi b’umuziki bo mu Ntara ya Rumonge biciye mugiteramo Gonga Tour kikanazobandaniriza no...

Diamond yoba yamaze kuronka uwazosubiriza Tanasha

Inkuru iriko iravugwa cane aho hanze n'inkuru y'umwigeme yoba agiye gusubirira umuririmvyikazi Tanasha mu kibanza c'umukunzi wa Diamond Platnumz. Nkuko makuru dukesha ibinyamakuru vyo muri...

#made in Burundi| Abanya mideri basaba abarundi gukunda ivyakorewe iwabo

Abarundi benshi na cane cane urwaruka bariko  barijukira guhingura, no gukora ivyambarwa n'ibikoresho bitamenyerewe kw'isoko mpuzamakungu bifise ubwiza ndetse n'ishusho vyisangije, ivyo bigakorwa mu...

Nish yanditse “kavorivori” kuva ku mbanyi ya 1 gushika kuya 2

Esther Nish ngo indirimbo "Kavorivori" yamutwaye umwanya munini kugira abashe kuyandika yongere anayikore, ubona ko yari no mu bihe bitamworoheye. Mu kiyago aheruka kugirana na...

Sa vie privée exposée, le chanteur et compositeur burundais Kidumu s’indigne contre Patrick Paggio

Après que le journaliste Patrick Paggio Niyonkuru ait publié l'affaire d'un soi- disant lien paternel entre le chanteur Kidumu ,Bukuru Gérard qui est le...

Imvo n’imvano ya Lolilo kutitaba ubugeni bwa Big Fizzo yamenyekanye

Naho Lolilo ari mu nkehwa Big Fizzo yari yahaye ubutumire ku bugeni bwiwe, uwo muririmvyi ntiyabashije kubwita. Bamwe bakaba bavuga ko ari kubera ngo...

Belle Nice ngo yoba ariwe ntandaro y’ukuvana kwa Kent-p na Sat-b

Ibiriko biravurwa kw'ikinjura rya Kent p muri Empire Avenue, kandi ariwe Manager wa Sat-b na bagenziwe bari muri iyo Label, uwo musore yabitangiye umuco,kugira...

Avec un message plein d’émotions,Big Fizzo s’exprime à propos de son mariage religieux

Après plusieurs messages  et vœux de bonheur et commentaires qui lui ont été adressés suite à son mariage religieux, via ses comptes instagram et...

Dudu ngo ntatunzwe n’umuziki kandi ntiyigeze awugira akazi

Dudu ngo ikimutunze kikamutungira n'umuryango, ngo n'ubufundi s'umuziki. Ivyo aheruka kubiyagira abari bakoraniye. Muri iryo koraniro ryabarizwamwo urwaruka rutari ruke, uwo muririmvyi yamenyesheje ko muri...

Most Read

# Indundi Sports | Mike Tresor niwe yafashije Willem gutsinda VVV_ Venlo

Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 14 Myandagaro 2020, niho umugwi wa Willem ukinamwo Ndayishimiye Mike Tresor wari wakiriye umugwi VVV _...

# Indundi Sports | Christiano Ronaldo yoba agiye gukina na Messi muri Fc Barcelona?

Kuva kera abakunzi b'inkino batandukanye bamye bipfuza kubona Christiano Ronaldo akina mu mugwi umwe  na Lionnel Messi . Si abakunzi b'inkino bonyene bipfuza kubona Christiano...

Hagati ya Sat-b na Big Fizzo hashobora kuba hasubiriye gusha

Biragoye gutora ikiriko kirakinwa hagati ya Big Fizzo na Sat-b kuko wokwibaza ko icuka coba kitari ciza muri ino misi, ivyo tukabivuga twisunzi ivy’umwanditsi...

Emery Sun ngo abaririmvyi n’indyadya gusa

Emery sun ngo abaririmvyi bose n’indyadya gusa, ivyo akaba aheruka kubishikiriza mu ikiganiro aheruka guha Imboneshakure Indundi Tv. Muri ico kiganiro akaba yagarutse ku...