Home Entertainment

Entertainment

David agiye gusubira gushira ahabona indirimbo ziri mu kirundi

David ngo ntiyibagiye abakunzi b'ibikorwa vyiwe bakunda ururimi rw'ikirundi, kuko ariko abategurira urukurikirane ruzoshirwa ahabona vuba cane. Inyuma y'igihe ari mu gacerere gakomeye cane, David...

Miss Erica na Natacha ntibariko barabihurizako umwe wese akeka ko ariwe ntare Y’ingore

Twibukanye : Haraheze igihe kitari gito umuririmvyi kazi w’umurundi Natacha ahaye izina mugenzi we Sat-b mukumwita Intare y’Ingabo (Simba Dume) maze nawe akiyita Simba...

Emery sun avuga ko abaririmvyi ndundi bikanga ko umuziki wateye imbere

Emery sun avuga ko abantu bikanga ko umuziki ndundi wateye imbere, ariko ngo sivyo na gato. Abateye imbere kubwiwe ngo n'abatumirwa mu bikorwa bikomeye. Ukuba...

Big Fizzo yavuze uko yahatswe gufatwa ku nguvu

Big Fizzo ngo yahakuwe n'inguvu ziwe, nayahandi yarrafashwe ku nguvu, ariko ntiyashimye kuvuga uwaramufashe ku nguvu hamwe n'igihugu vyabereyemwo. Mugani Desiré benshi bazi nka Big...

Abantu ntibabona kumwe impanuro za Meddy ku banywi b’inzoga

Ukuba Meddy ariwe yahawe umwanya  ngo ahanure abanywa inzoga kuzirinda mu gihe batwara imodoka, abantu ntibabibona kumwe. Ngabo Medard ngo siwe yarakwiye gutorwa nka Brand...

Emery sun yagiriza bamwe mu barabwa cane kuri YouTube kugura Views

Emery Sun avuga ko Views afise kuri YouTube ari iziwe, ngo sico kimwe na bamwe bamwe bazigura kugira bagire iz'umurengera. Kuba ata Views nyinshi afise...

UCOCO Fashion ihamagarira abarundi gukunda ivy’iwacu

Abarundi ngo twari dukwiye guheba poubelle tukijukira ivy'iwacu, kubona twambara impuzu ziva mu bazungu bakarungika muri Africa kandi natwe twifitiye impuzu zimeze neza nk'impuzu...

Natacha na B-face ngo bagiye kuvyerekana vyose baririmvye muri Video yabo

Inyuma yo gukorana indirimbo igatera uruhagarara mu bantu bivanye n’amajambo usanga mur’iyo ndirimbo, ni B-face yemeza neza ko iyo ndirimbo igiye gusohoregwa isanamu canke...

Big Fizzo yatanze umuco ku bivurwa kuri Bantu Bwoy n’umuririmvyi Black G

Inyuma yo gushirwa kuri affiche y’igiteramo ca Bantu Bwoy bafadikanyije na Tokyo Business Center kigiye kuba kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Kigarama...

B-Face Comedien..| Iyinkuru iragutwenza B-face asigaye akina Comedy

https://www.youtube.com/watch?v=1BS9deK7TJc&feature=youtu.be

TETERO LAURETTE-AGATEKA(Official video)

https://www.youtube.com/watch?v=Yev9hfHgxE0

U COCO: Swahili Fashion vyagenze neza Tanzaniya ico baturusha n’uko bo bashigikiwe

https://www.youtube.com/watch?v=BvO_0NUxV98&feature=youtu.be

Most Read

Ubushikiringanji bwo kubungabunga amagara y’abantu buramenyesha ko hari abandi bantu banduye ikiza ca covid-19

Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu bashika ku mirongo ibiri bamenyekanye ko banduye umugera wa Covid-19. Nk’uko biri mw'itangazo...

Bella Hot Hot|Igituma ibiteramo bikomeye iburayi yari gukora vyahomvye

Bella Hot Hot ni Umurundikazi umwe rudende yashoboye kuboneka mubiteramo bikomakomeye aho yaboneka arikumwe canke aherekeje abaririmvyi bakomeye hano kumugabane wa Afurika...

Jeanjos Parfait nawe yahambije abandi kuri rwa rubuga mpunza makungu

Umuririmvyi Jeanjos Parfait asazwe akora indirimbo zihayagiza Imana(Gospel) nawe yaraye atewe iteka ry’ugushirwa kuri rwa rubuga rwa Wikipedia inyuma yabagenziwe bamutanguriye Umuririmvyi Jaenjos Parfait asazwe...

#Rumonge| Batakambira abarongozi basaba ko bobaronsa ihinguriro ry’ivyamwa

Imvura y'imigisha Ku vyamwa vya mandalena niyo yibonekeza mu ntara ya Rumonge ndetse no muri komine Rumonge,bikagaragazwa n'umwibu mwinshi wazo, uherekezwa n'imyidogo Ku barimyi. Indobo...