Home Entertainment

Entertainment

Kidum Kibuganizo agiye kandi gukorera ibiteramo mu mahanga ya kure

Ama Videos ya Karaoké agize igihe aboneka ku rubuga rwa YouTube rwa Kidum, ngo ni ukugira atere inyota abamukurikirana, kuko yimirije ibiteramo hirya no...

Lynn yoba yabaye arafata ikibanza ca Tanasha kuri Diamond mu mwanya muto

Bibaye arivyo, abaganga boba aribo nyendamuvamo w'ubucuti bukomeye bunuganugwa hagati ya Diamond na Lynn. Kuva Diamond Platnumz na Lynn bari mu gisagara ca Dubai bose...

Drama-T-CAROLIGHT (Offcial video)

https://www.youtube.com/watch?v=vY0dXogOZoE

Kuri Kidum kuronka views nyinshi kuri YouTube ntaco bimubwiye

Kidum abona ko kurabwa cane kuri YouTube bitotuma umuntu aduza itugu, kuko biterekana ko uzi umuziki gusumba abandi. Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum...

Linel impano nshasha yabonetse muri bamwe baririmba indirimbo zihayagiza Imana

Linel kundirimbo zibiri gusa amaze gukora inyuma y'amezi make atanguye akazi ko kuririmba indirimbo zihayagiza Imana agiye gusohora iyindi izoza iremesha abantu boye kwihebura...

Ng’ubu ubutumwa bukomeye umuririmvyi Sat-B yahawe

Francis Muhire ati:"Ba sokuru barayamaze bati:" Iyija kurisha, ihera ku nama". Burya, ikibazo co kumenya "color" y'umuziki wacu, wocibajije mbere y'umunsi wa mbere uja...

Mireille KAMI, Masterland – Te Amo (Official Video)

https://www.youtube.com/watch?v=vwtFiLShHp8&feature=youtu.be

Clementine Kavy ashobora gusohora igikorwa imbere y’uko umwaka urangira

Ukumara umwaka atagikorwa agaragaramwo Clementine Kavy ashobora gusohora indirimbo iheraheza uno mwaka, indirimbo ishobora kuzoza giturumbuka ku bakunzi b’umuziki. Inyuma y'ukwandika amajambo aciye kuri rwa...

Drama T yoba  atakiri munzu y’ubuhinyanyuzi MA irongowe na Amir Pro?

Inyuma y'umwaka wose atanguye akazi ko kuririmba, Carolight niryo zina ry’indirimbo igiye gusohoka mu misi ya vuba isohowe n’umuririmvyi Drama T. Drama T, umuririmvyi akiri...

Umuririmvyikazi w’umurundi Natacha yoba yagiye gukora indirimbo muri Tanzaniya?

Umuririmvyikazi w’umurundi Natacha abandanya avyifatamwo neza mu bihugu vya EAC na cane cane mu gihugu c’Ubugande aho yaheruka  gukorana na Fik Fameica  wo muri...

Finya ryoba ariryo zina ry’ururirimbo rugiye kuzosohorwa na Bain Turo

Inyuma yikiringo kitarigito ataboneka kandi afise ubuyobozi bumufasha ivyakazi kumuziki haba kuruhande rw’indirimbo canke amasanamu ni Bain Turo agiye gusubira kugaragara mukazi kiwe . Abicishije...

Emery Sun harihageze kongaruka nahuye …|ndafise abodufashanya…|mbuze management

https://www.youtube.com/watch?v=OAor3m3HCHg&feature=youtu.be

Most Read

Umurwi CENI ngo ugiye kwakira ivyegeranyo vy’utunenge twabaye mu matora

Umukuru w’umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora Pierre Claver Kazihise amenyesha y’uko abantu nka bose bari barungitswe kurorera amatora aheruka kuba kuwa 20 Rusama 2020...

Ngozi-Kayanza : Abarimyi b’ikawa baridogera abajejwe amatonorero

  Abarimyi b'ikawa bo mu ntara za Ngozi na Kayanza baridoga ko inyuma y'isaha icumi na zibiri z'umugoroba (18h00) badasubira kubakirira ikawa bagaca baja kuzisyera...

BDUSA : Samuel Ndayiragije yoba yarakombowe koko?

Mu kiganiro abaramutswa ishirahamwe BDUSA, bakoranye na Raphael Biko umumenyeshamakuru yigenga, baratanga umuco kw'ibomborabombora riri muba nyeshirahamwe muri kino gihe. Uwahawe ijambo ubwa mbere akaba...

Jumaine urugero rw’abakinyi biwe rwaragabanutse

Inyuma yo kunganiriza i Bujumbura Ku kibuga c'intwari n'umugwi wa Inter Star 0-0, mu rukino rw'igice ca kabiri gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu, Niyonkuru...