Home Entertainment

Entertainment

Sat-b ngo yaracumukuye kugira aronke Belle Nice

Sat- b ngo yaracumukuye kugura bikunde umuririmvyikazi Belle Nice yemere kwitwa umukunzi, ivyo bikaba vyavuye kuko uwo nwigeme atari mu bahahamukira abahungu ngo nuko...

Gaston Sindimwo ati:”Frojo yaradufashije gutahana abaririmvyi bari barahunze.”

Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru ba Jimbere magazine, Icegera c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo yamenyesheje ko we n’umugabo wa natacha, Frojo, basanzwe ari incuti za cane. Ico...

Big Fizzo ngo n’ibisanzwe kuba Ndayizeye Domitien atamuzi

Mu misi iheze abantu batari bake baratangaye cane uwahoze ari mukuru w'igihugu Domitien Ndayizeye avuze ko atazi Big Fizzo na Sat-b. Muri ico kiganiro...

Big Fizzo yabwiye Bobona areke amajambo ahubwo bakore umuziki

Ivyavuzwe ko Big Fizzo yibagiye Mudibu muri Quiz yakozwe kuri imwe mu mboneshakure za hano, ngo sivyo na gato. Uwo muririmvyi avuga ko hoba...

Mr Champagne araterwa ivyatsi inyuma yo gusaba ubufasha

Inyuma yaho amenyekanye cane mugukora amasanamu atwengeje canke arimwo ubutumwa bugiye butandukanye ku misore n'inkumi ubuho yakoze ibitashimishije bose aho bamwe bakoze...

Waruzi amajambo yavuzwe n’Abaririmvyi?

Inyuma yaho benshi mu baririmvyi bashasha, canke bafise impano, bagiye barumvikana ariko batamenyekanye bivanye n'ukutavuzwa cane kw'indirimbo zabo ku nsamirizi zitandukanye, ubuho...

I Kigali batanguye kwambara udufukamunwa turiko idarapo ry’Uburundi

Mu gihe bimwe mu bisabwa kugira umuntu yirinde ikiza ca Corona Virus ari ukwambara agafukamunwa, utwo dukoresho dukoreshwa kwa muganga abanyagihugu batari bake ntibabasha...

B-Face ngo ukutiga ni kimwe mu bitumye umuziki udasohoka ngo Abarundi baje gukora ibiteramo

B-Face On The Flow aremeza cane ko abaririmvyi bakera babasumvya ubumenyi mu muziki kandi akemeza ko ukuba barize amashure menshi na za...

Sat-b yakiriye akazina SIDIBE yahawe na Domisiyano Ndayizeye

Sat-b nawe yamaze kwakira akandi kazina gashasha inyuma ya Magonde, Satura, n’ayandi menshi, ubu naho yamaze guhabwa Sidibe. Ku batavyibuka ako kazina kabonetse mu kiganiro...

Don Brighter yipfuriza abarundi bose Indwi nziza y’amatora

Akoresheje ururimi rw’icongereza, Don Brighter yipfurije abarundi indwi nziza y’amatora, ngo izobe indwi y’ukwigira kandi y’umunezero. Aca anaboneraho akaryo ko kubatumirira kubandanya mwumviriza akaririmbo...

Amafaranga Babijoux Bonfils yinjiza mu muziki ayafashisha impfuvyi

Umuririmvyi benshi bazi nka Babijoux Bonfils avuga ko yashimye gufasha abana kuko nawe asanzwe azi uburyo ubuzima buryana, niko gushinga ishirahamwe Hope for Brighter...

Ivya Instagram muri MA ngo n’ibanga ribitswe neza

Mu mpanuro MA Production itanga ku baririmvyi bayo, hoba harimwo ko ku mbuga ngurukanabumenyi zikoreshwa n’abaririmvyi babo atawundi bakurikirana (Fellowing)ataribo? Biragoye kwemeza, kuko n’abaririmvyi...

Most Read

Ubushikiringanji bwo kubungabunga amagara y’abantu buramenyesha ko hari abandi bantu banduye ikiza ca covid-19

Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu bashika ku mirongo ibiri bamenyekanye ko banduye umugera wa Covid-19. Nk’uko biri mw'itangazo...

Bella Hot Hot|Igituma ibiteramo bikomeye iburayi yari gukora vyahomvye

Bella Hot Hot ni Umurundikazi umwe rudende yashoboye kuboneka mubiteramo bikomakomeye aho yaboneka arikumwe canke aherekeje abaririmvyi bakomeye hano kumugabane wa Afurika...

Jeanjos Parfait nawe yahambije abandi kuri rwa rubuga mpunza makungu

Umuririmvyi Jeanjos Parfait asazwe akora indirimbo zihayagiza Imana(Gospel) nawe yaraye atewe iteka ry’ugushirwa kuri rwa rubuga rwa Wikipedia inyuma yabagenziwe bamutanguriye Umuririmvyi Jaenjos Parfait asazwe...

#Rumonge| Batakambira abarongozi basaba ko bobaronsa ihinguriro ry’ivyamwa

Imvura y'imigisha Ku vyamwa vya mandalena niyo yibonekeza mu ntara ya Rumonge ndetse no muri komine Rumonge,bikagaragazwa n'umwibu mwinshi wazo, uherekezwa n'imyidogo Ku barimyi. Indobo...