Home Entertainment

Entertainment

#Diaspora| Kaka Boney:Ntashobora no kwica inkoko nokwica umuntu gute?

Sishobora kuzokwibagira na gato ibigeragezo naciyemwo ngishika mu gihugu ca America, iryo niryo jambo ry'umutwe rigaragara mu butumwa bucanze n'akakabaro bwatanzwe n'umushingamateka Bonavunture Havyarimana...

Dj Iraa ngo ivy’ukwambara nk’umwigeme vyakunze aruko ashitse i Kigali

Dj Ira naho ubu yabaye umwigeme mu nyambaro, ngo siko vyamye kuko akiri kw’ishure hano iwacu, ngo vyari vyaranse. Ariko avuga ko Bisoso ariwe...

Yaba Sat-B, yaba Big Fizzo ngo nta numwe Domitien Ndayizeye azi

Domitien Ndayizeye yahoze atwara Uburundi akaba kandi mu bariko bitoza mu kibanza c’Umukuru w’Igihugu, ngo yaba Sat-b canke Fariouz ngo nta numwe azi, kuko...

Ubusambanyi n’ubuhumbu bivanze n’ubunebwe ngo nivyo bituma abigeme babura mu muziki

Ngo sukubima Promotion namba kandi ngo ntanarimwe bimwa ikibanza ahubwo abigeme ubwabo nibo bitesha agaciro bagata ibanga bikabaviramwo ingaruka zo guheba umuziki. Blina Janet abicishije...

Big Fizzo ngo ahora akosora abantu bavuga igifaransa kandi atamaze amashuri

Big Fizzo ahanura abantu kudatwenga uwutazi ibi canke biriya ngo kuko nta muntu amenya vyose. Aho hari mu gihe bari bahejeje kumubaza ibibazo 4...

Christian yavuze ko akaririmbo gashasha afise kataririmbwe kubwa Corona Gusa

Christian Irimbere mu kiganiro n’ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c’Urwanda, yavuze uburyo yisanze mu muziki. Muri ico kiganiro nyene yagarutse ku ndirimbo yiwe...

Abaririmvyi ntibubashwe kubera badatunze kubwa Prince Mshindi

Prince Mshindi ngo impamvu abaririmvyi batubashwe mu gihugu s’uko baririmba, ahubwo ngo nuko hari ibintu badashoboye gukorera imiryango yabo. Ivyo n’ivyo aheruka kuvuga mu...

Yoya Jamal, iyi niyo nyishu kubamaze imisi babaza iyo yagiye n’ibikorwa vyiwe

Yoya ngo yugaraniye munzu arinyegeje ntaco yokwemerera abakunzi biwe.Igihe kibaye kinini umuririmvyi Yoya Jamal atakibarizwa mugisagara ca BUJUMBURA ariko navyo bishobora kuba...

Ng’iki ikintu abanya Rumonge Bantu Bwoys igiye kubakorera

Inyuma y’ibiteramo bibiri  Label ya Bantu Bwoy yaheruka gukora kimwe mu ntara ya Ngonzi icitabiriwe nabakunzi bataribake b’umuziki ikindi mu ntara ya  Gitega ubu...

B-Face nawe yahambije bagenziwe mu rucuruzwa

Inyuma ya Bantu Bwoy Entertaiment, B Face nawe aza yamaze kwinjira mu rundadazwa Inyuma yugukora ibikorwa bitandukanye vy’umuziki ndetse akanajabuka gukorana n’abandi baririmvyi bo mubihungu...

Miss Badiscelle ngo ubuzima bwarahindutse inyuma yo kwiyandikisha muri Miss Burundi

Umwe mu bigeme bari muri Miss BURUNDI uno mwaka wa 2020, Miss Iteka Radiane Badiscelle yaserukiye intara ya Ngozi kuko ariho akomoka, arahamagarira abandi...

Most Read

Ubushikiringanji bwo kubungabunga amagara y’abantu buramenyesha ko hari abandi bantu banduye ikiza ca covid-19

Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu bashika ku mirongo ibiri bamenyekanye ko banduye umugera wa Covid-19. Nk’uko biri mw'itangazo...

Bella Hot Hot|Igituma ibiteramo bikomeye iburayi yari gukora vyahomvye

Bella Hot Hot ni Umurundikazi umwe rudende yashoboye kuboneka mubiteramo bikomakomeye aho yaboneka arikumwe canke aherekeje abaririmvyi bakomeye hano kumugabane wa Afurika...

Jeanjos Parfait nawe yahambije abandi kuri rwa rubuga mpunza makungu

Umuririmvyi Jeanjos Parfait asazwe akora indirimbo zihayagiza Imana(Gospel) nawe yaraye atewe iteka ry’ugushirwa kuri rwa rubuga rwa Wikipedia inyuma yabagenziwe bamutanguriye Umuririmvyi Jaenjos Parfait asazwe...

#Rumonge| Batakambira abarongozi basaba ko bobaronsa ihinguriro ry’ivyamwa

Imvura y'imigisha Ku vyamwa vya mandalena niyo yibonekeza mu ntara ya Rumonge ndetse no muri komine Rumonge,bikagaragazwa n'umwibu mwinshi wazo, uherekezwa n'imyidogo Ku barimyi. Indobo...