Home societe

societe

Repubirika iharanira demokarasi ya Congo yoba igiye kugaburwamwo kubiri?

Leta ya Congo Kinshasa irahakana ibivurwa ko yoba ifise umugambi wo kugaburamwo ico gihugu kabiri, igice c'ubuseruko bwa kigahabwa ibihugu birimwo Uganda, Urwanda n'Uburundi. Aganira...

CVR : Ivyashikirijwe mu cegeranyo ca mbere c’umwaka

Umurwi wo kumenya ukuri n'ukunywanisha abarundi CVR, umenyesha ko umaze guharura ibinogo rusangi 4,163 vyahambwemwo abantu bishwe mu magume Uburundi bwagiye bucamwo kuva bwikukira. Ivyo...

Urugomero rwubatswe kuri fleuve Nil rurateje umudugararo

Ibindi biganiro vyo gutorera umuti ikibazo kiri hagati ya Etiyopiya na Misiri gishingiye kuri kazoza k'umugambi w'urugomero rw'umuyagankuba ruri ku ruzi Nili biri mu...

Umurwi CVR usaba abakozweko n’ivyabaye muri kahise kwihangana mukurindira ukuri

Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 13 Nzero 2020, umugwi w’igihugu ujejwe kuvugana ukuri no kunywanisha abarundi CVR watoye ibisigarira vy’abantu bagera...

Somaliya : Abantu barenga 70 bahasize ubuzima

Abarenga 70 nibo bivugwa ko bahitanwe n'igisasu cari giteze mu modoka ku murwa mukuru wa Somalia. Ico gisasu kikaba caturikiye mu kibanza c'igenzura ry'umutekano, ku...

Inyuma yo ku Winterekwa na Nyabagere, Buterere nayo yashikiriwe

Imvura nyinshi yaraye iguye mu gisagara ca Bujumbura yateye imyuzure myinshi mu karere ka Buterere aho hononekaye ibintu bitari bike, bikanavugwa ko hari abariko...

Zambia na Amerika bashobora gupfa abaryamana basangiye ibitsina

Imigenderanire hagati ya Zambia na Leta zunze ubumwe za Amerika ishobora gutosekara bikomeye. Ivyo n'ibiboneka mu majambo aheruka gushikirizwa n'ayo ma Leta yose. Inyendamuvano ngo...

#Ikiyago : “Umwanya ni ubutunzi kandi urubanza ntirubungwa”

Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru hamwe n’abenegihugu, umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yabajijwe igituma Uburundi bwama buvuga ko buterwa n’igihugu kibanyi c’Urwanda yamara bwitwara ntiburonke inyishu itomoye...

Imiryango 3000 ifise amikoro make nayo igiye kuzohimbaza noheli mu kanyamuneza

Mu ntumbero yo kubafasha guhimbaza neza imisi mikuru irangiza umwaka, umukuru w'igihugu c'Uburundi Pierre Nkurunziza yashikirije imfashanyo imwe mu miryango ifise amikoro make. Kuri uno...

Muri Nigeriya abahungu 26 bafashwe bambaye imyambora y’abigeme

Imikangara  gitsina gabo bashika 26 bose nibo bimenyeshwa ko bafashwe n'igipolisi c'idini  ya ISLAM  muri Nigeria , neza na neza mu ntara yitwa KANU,...

Ishirahamwe CIRGL ryafashe mu minwe ibijanye n’igitero giheruka kubera mu cibitoke

Nk'uko biboneka mu rwandiko rwiriwe rurakwiragizwa ku mbuga ngurukana bumenyi zitandukanye, hari umugwi w’abahinga ugizwe n’abasirikare gusa watanguye urugendo kuri uyu wa kabiri igenekerezo...

Imigambwe 11 isaba Reta y’Uburundi kwitwarira igihugu c’Urwanda

Imigambwe igera kuri icumi n’umwe yemewe n’amategeko kuri uno wa kane igenekerezo rya 21 Munyonyo 2019 yashize ahabona itangazo aho yamirira kure agasomborotso k’igihugu...

Most Read

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruhamagarira urwaruka kutaja mu bintazi

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruriko rurafasha urundi rwaruka rwo muri Komine Buganda ruri mu buruhuko kwitunganya Mu ntumbero yo gufasha urwaruka ruri mu buruhuko...

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruhamagarira urwaruka kutaja mu bintazi

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruriko rurafasha urundi rwaruka rwo muri Komine Buganda ruri mu buruhuko kwitunganya Mu ntumbero yo gufasha urwaruka ruri mu buruhuko...

Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza

Uguhura kwa Eddy kamoso n'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw'amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n'umumenyeshamakuru. Mu kiyago n'ikinyamakuru Isibo...

# Indundi Sports | Abakinyi b’aba nyamahanga Aigle Noire yazanye

Mundwi yaraye iheze umugwi Aigle Noire the Fighters werekanye abakinyi batatu b'abanya mahanga bavuye muri Tanzania wazanye mu ntumberoyo kwiyuzuza no kwikomeza . Umumenyereza w'umugwi...