Home societe

societe

Uwiyita umuvugishwa “Prophète Modeste” yirukanwe burundu ku butaka bw’Uburundi

Igiporisi c’Uburundi cafashe ingingo y’ukwirukana burundu ku butaka bw'Uburundi uwiyita umuvugishwa Kayihura Modesste yari azwi nka "Prophète Modeste".

Imyaka ibiri ibarenganye ngo ntibazosubira kubakira

Abateshejwe ivyabo n’intambara gushika ubu bataritura umurwi w’igihugu ujejwe gutatura amatati y’amatongo n’ayandi matungo CNTB mu mpfunyapfunyo y’ikinyamazuru ngo bafise ikiringo kitarenga...

Baheruka gutanguza umugambi wo kumenyekanisha imiryango iri mu Burundi

Abarundi babiri umwe aba mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, uwundi muri Norvège bagiye hamwe batanguza umugambi bise “TIMA” ufise...

Inyuma yo gushikiriza amakuru adahumuriza yahavuye afatwa n’abajejwe umutekano

Pasitori Kayihura Modeste azwi kw’izina rya "Prophète Modeste" arongoye ishengero "Faith Practice Miracles Ministries" rifise icicaro kw’ihoteri...

Afrique du Sud : vague d’indignation après des attaques xénophobes

Le président sud-africain Cyril Ramaphosa et son opposition vent débout contre les attaques xénophobes survenues il y...

Best Life Music mu gikorwa co gufasha abatishoboye

Aho baramutse baja muri zone ya Kanyosha kur’uyu wa 30/03/2019 ahasanzwe harerewe impfuvyi harimwo n’abagendana ubumuga butandukanye...

Indero y’abana ahanini ngo ifiswe mu ntoke n’abakenyezi

Umukenyezi afise uruhara ntasubirizwa mu kurera, gutanga indero hamwe no mw’iterambere ry’abana kuko kenshi aribo bama bari hafi yabo

Mozambike : Ibitigiri vy’abakozweko n’igihuhusi “idai” vyashizwe ahabona

Abantu bagera ku muriyoni umwe n’ibihumbi amajana umunani na mirongo itanu barasinzikaye muri iki gihe kubera igihuhusi Idai n’inkurikizi zaco mu gihugu...

Les migrants africains menacés d’expulsion

Dans l’appartement qu’il occupe en banlieue de Moscou, Lamin ne conserve que quelques vêtements et une Bible, apportée dans ses bagages quand...

Abarongoye amashengero bahamagarirwa gushigikira umugambi w’iterambere ry’igihugu

Mu nama yo guhanahana ivyiyumviro yari yahuje umuhuza w’abarundi Nduwimana Edouard hamwe n’abarongoye amashengero atandukanye  akorera mu...

Sommet sur les abus sexuels dans l’Eglise: les victimes au cœur des débats

Alors que le « Sommet sur la protection des mineurs dans l'Église » se poursuit à huis clos au Vatican, les victimes d'abus sexuels...

Vatican : sommet de crise sur les abus sexuels

Le pape va réunir au Vatican la hiérarchie épiscopale de la planète qui sera placée devant ses responsabilités face aux scandales d’agressions...

Most Read

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruhamagarira urwaruka kutaja mu bintazi

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruriko rurafasha urundi rwaruka rwo muri Komine Buganda ruri mu buruhuko kwitunganya Mu ntumbero yo gufasha urwaruka ruri mu buruhuko...

Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza

Uguhura kwa Eddy kamoso n'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw'amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n'umumenyeshamakuru. Mu kiyago n'ikinyamakuru Isibo...

# Indundi Sports | Abakinyi b’aba nyamahanga Aigle Noire yazanye

Mundwi yaraye iheze umugwi Aigle Noire the Fighters werekanye abakinyi batatu b'abanya mahanga bavuye muri Tanzania wazanye mu ntumberoyo kwiyuzuza no kwikomeza . Umumenyereza w'umugwi...

# Indundi Sports | Mohammed Amissi yaraye ahonyoye mu mugwi mukuru Heracles Almelo

Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 1 Myandangaro mu gihugu ca Hollande niho umugwi Heracles Almelo w'abakuze wakina mu rukino rwa mbere rwa kivandimwe...