Home sport videos

sport videos

Uku imigwi yatsindanye kundwi ya 12

Mu mpera z'indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryari ryabandanije kundwi ya 12 . Uko Niko imigwi yatsindanye muri *Ligue B Burundi*: _Garage Express yatsinze...

Adel Amrouch yashikirije umubabaro kur’upfu rwa Nyakwigendera Petero Nkurunziza

Uwigeze kuba umumenyereza w'intamba mu Rugamba Adel Amrouch yababajwe cane n'urupfu giturumbuka rw'Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza. Abicishije Ku rubuga ngurukana bumenyi rwa Facebook y'...

Menya neza ubuzima bw’Umurundi yarariko arabica bigacika muri Tanzania

https://www.youtube.com/watch?v=AYml7kEywCM&feature=youtu.be

#PLB 2019-2020 | Flambeau du centre Vs Musongati Fc ( 1-1 )Highlights 03/11/2019

https://www.youtube.com/watch?v=2u2zJiQVfRo&feature=youtu.be

Inama Nshingamateka yaterereye imiriyoni15 mu gushigikira Intamba mu Rugamba

https://www.youtube.com/watch?v=xeJ03X9KJL8&feature=youtu.be

Imiriyoni 192 nizo zatanzwe n’amashirahamwe 18 mu gufasha Intamba mu Rugamba kuja CAN2019

https://www.youtube.com/watch?v=4TXnDqrKxwE&feature=youtu.be

#IndundiTv Sports|Ayandi mashirahamwe 9 yaterereye Intamba mu Rugamba 79.000.000Fbu

https://www.youtube.com/watch?v=Psc_YRkPWZ8&feature=youtu.be

Fiston Abdoulrazzak yavuze ukungene Papy faty y’abana neza n’abantu

https://www.youtube.com/watch?v=ZrZeeFitCNY&t=586s

Umwambaro Intamba mu Rugamba zizokwambara muri CAN2019

https://www.youtube.com/watch?v=IYI-N8YH9GA

Most Read

# Indundi Sports |Gitega| Urukino rwambere rwinjiza amafaranga menshi

Mu kiganiro Indundi TV yakoranye  n'uwurongoye na Musongati Fc, Honorable Denis Karera, kuvyerekeye kahise kiwe k'umupira w'amaguru, ndetse n'ingene biteguriye urukino rwanyuma( Finale )rw'igikombe...

Abiyamamariza amatora y’abakenguzamateka basabwa gukurikiza amategeko

Abiyamamariza amatora y'abakenguzamateka ategekanijwe ku wa 20 uku kwezi bahamagariwe kwubahiriza amategeko agenga ico gikorwa. Ako kamo katewe n'uwurongoye umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora...

Bataravye neza, Sat-b ngo azonasohora amashusho y’urukozasoni

https://youtu.be/cYxeFyuJbFk Sat-b ntahuza na bose Ku kibazo c'uburyo yari yambaye Muri Video aheruka gushira ahabona aho yabonetse asa n'uwuriko yinonora imitsi. Kuri iryo shusho ryabonetse igenekerezo...

Uguhinduka kwa Alvin Smith kwagarukanye igikundiro cinshi

Benshi mu bakurikirana ibikorwa vyiwe baremeza neza ko hari ihinduka mu bikorwa vy'Umuririmvyi Alvin Smith na cane cane ko bibonekera mu bikorwa...