Home Sports

Sports

Alain Olivier Niyungeko ati : “Igice ca mbere catugoye kubera ihiganwa ritaratangura

Intsinzi y'uno musi yahaye icizere co gusubira kwitwara neza Alain Olivier Niyungeko. Mugihe urukino rwari rurangiye Intamba mu rugamba zirahiye Sudani y'epfo ibitsindo 2-0, umumenyereza...

Eliminatoire CHAN2020 : Intamba mu rugamba zirahiye Sudani y’epfo

Intamba zibandanya zitwara neza mu kwakirira iyindi migwi hano i Bujumbura. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Mukakaro umwaka wa 2019 igihe c'isaha...

Ashu Cyprian ati “Icizere ni cose ku bakinyi banje”

Umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu wa Sudan y'epfo Ashu Cyprian ngo afitiye icizere kidasanzwe abakinyi biwe. Mu kiganiro yatanze nawe nyene ku banditsi n'abamenyeshamakuru kuri uyu wa...

Rukundo Jean de Dieu agiye kumenyereza Espoir Fc

Uwadugiye Kayanza united umwaka uheze yahawe amasezerano yo kumenyereza mugwi Espoir Fc wo mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 25...

Alain Olivier Niyungeko afise icizere co kuzokina urukino rwiza

Umenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko ngo icizere nicose co kuzokina urukino rwiza aho bukera. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Mukakaro...

Kanakinama Bienvenu yaraye afashije Atlanta United B kunganya na Charlotte Independence

Ubuhinga bwo gutdinda ibitsindo muri Aigle Noir nibwo atanguye gukora muri America mu mugwi Athlanta United. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 25...

Urasenga Dany Cedric : Ubumwe buri hagati y’abakinyi nibwo buzotuma batsinda Sudani y’epfo

Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Urasenga Dany Cédric Kagabo yijeje intsinzi abarundu bose Inyuma y'ikiganiro umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yariko aragirana...

Amars Niyongabo agiye kumenyereza Musanze Fc

Umugwi Musanze Fc wahaye amasezerano umemenyereza w'umurundi Amars Niyongabo. Inyuma yo kuva mu mugwi Bukavu Dawa w'ibukavu mu gihugu giharanira demokarasia ya kongo , umumenyereza...

Ndikumana Pablo yahambije Amars muri Musanze

Ndikumana Pablo umumenyereza w'umurundi agiye kwifadikanye na Amars Niyongabo Akbar mu kumenyereza umugwi Musanze Fc ukina mu cicaro cambere mu gihugu c'Urwanda . Pablo akaba...

Uburundi bwatakaje ibibanza 14 ku rutonde rwa FIFA

Umugwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba watakaje ibibanza 14 ku rutonde rwa FIFA rwama rusohorwa buri kwezi. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 25 Mukakaro umwaka...

Police Fc yaguze abarundi bane

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Mukakaro umwaka wa 2019, umugwi wa Police Fc werekanye abakinyi bashasha waguze bashika kuri 10 izokwifashisha mw'ihiganwa...

Breaking News : Kashindi Joseph yaguzwe muri Rukinzo Fc

Umugwi Rukinzo Fc ubandanya wiyubaka mu kugura abakinyi bashasha kugira witegurire neza ihiganwa rya CAF confederation Cup rigiye gutangura mu misi ya vuba. Kuri uyu...

Most Read

Ubushikiringanji bwo kubungabunga amagara y’abantu buramenyesha ko hari abandi bantu banduye ikiza ca covid-19

Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu bashika ku mirongo ibiri bamenyekanye ko banduye umugera wa Covid-19. Nk’uko biri mw'itangazo...

Bella Hot Hot|Igituma ibiteramo bikomeye iburayi yari gukora vyahomvye

Bella Hot Hot ni Umurundikazi umwe rudende yashoboye kuboneka mubiteramo bikomakomeye aho yaboneka arikumwe canke aherekeje abaririmvyi bakomeye hano kumugabane wa Afurika...

Jeanjos Parfait nawe yahambije abandi kuri rwa rubuga mpunza makungu

Umuririmvyi Jeanjos Parfait asazwe akora indirimbo zihayagiza Imana(Gospel) nawe yaraye atewe iteka ry’ugushirwa kuri rwa rubuga rwa Wikipedia inyuma yabagenziwe bamutanguriye Umuririmvyi Jaenjos Parfait asazwe...

#Rumonge| Batakambira abarongozi basaba ko bobaronsa ihinguriro ry’ivyamwa

Imvura y'imigisha Ku vyamwa vya mandalena niyo yibonekeza mu ntara ya Rumonge ndetse no muri komine Rumonge,bikagaragazwa n'umwibu mwinshi wazo, uherekezwa n'imyidogo Ku barimyi. Indobo...