Home Sports

Sports

Ibiciro vyo kw’injira mu rukino rw’intamba na Sudani y’epfo vyamenyekanye

Kuri uyu wa gatandatu uza igenekerezo rya 27 Mukakaro umwaka wa 2019, igihe c'isaha icenda z'umuhingamo (15h00) ku kibuga c'Intwari harindiranwe igishika urukino rukomeye...

Umugwi Gicumbi Fc waguze abarundi bane

Umugwi Gicumbi Fc ubandanya witegurira neza ihiganwa ry'umwaka wa 2019-2020 mu kwiyubaka gushasha. Inyuma yo guha amasezerano yo kumenyereza imyaka ibiri umumenyereza w'umurundi Ismail Nduwantare...

Saido Berahino mu nzira yo kugeragezwa mu Bufaransa

Inyuma yo gukora imyimenyerezo mu bubirigi muri kino gihe yamaze gushika mu Bufaransa naho. Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 23 umwaka wa 2019, ikinyamakuru...

Eliminatoires CHAN2020 : Intamba mu rugamba zigiye kwakira Sudani y’epfo

Ni akaryo keza ko kwigaragaza ku bakinyi bakina hano mu gihugu Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Mukakaro umwaka wa 2019 isaha icenda 15h00...

Icatumye Ndikumana Trésor agurwa muri Ac Léopard

Umukinyi w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 Ndikumana Trésor yahawe amazereno mu mugwi Ac Léopard wo mu gihugu ca Kenya . Inyuma y'aho umugwi Amagaju...

Total CAF Champions League : Aigle Noir izohura na Gormahia

Imigwi isangiye kano karere ka CECAFA niyo igiye guhura muri Total CAF Champions league. Kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 21 Mukakaro umwaka wa 2019,...

Match amical : Intamba zaraye zinganije na Rukinzo Fc

Intamba mu rugamba zaraye zinaniwe no gutsinda Rukinzo Fc. Mu ntumbero yo kwitegurir neza inkino zo gukurakuranamwo za CHAN kuri intamba hamwe na Rukinzo Fc...

Fabrice Rukundo ati : “Basketball ntakintu nipfuza itampaye”

  Abanje gushimira abavyeyi bafadikanije n'Imana bakamushira kw'isi eka n'uwo wese yagize ico amufasha muri urwo rugendo rutari rworoshe, agira ati "Urukino rwa basketball rwanshikanye...

Ingendeshwa nshasha ya Olivier Niyungeko yamaze gushika

Iryavuzwe riratashe ya ngendeshwa nshasha y'umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushika mu Burundi Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Mukakaro umwaka...

Match Amical : Ibiciro vyo kwinjira kurorera urukino rw’Intamba na Rukinzo vyagiye ahabona

Mu ntumbero yo kwitegurira inkino za CHAN 2020 hamwe n'igikombe ca Africa Confederation Cup 2019-2020 , umugwi w'intamba mu rugamba w'abakinyi bakina hano ugiye...

Tennis : Sada Nahimana i Bujumbura

Inyuma yo kwigenza neza mu mahiganwa ya Wimbledon na Notingham, numéro imwe muri Africa muba junior akaba numero 12 kw'isi Nahimana Sada ubu abarizwa...

Fréderic Nsabiyumva ashobora gusezerera Chipa United

Umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba Frédetic Nsabiyumva aripfuzwa cane n'imigwi  yo muri Africa y'epfo no mu bindi bihugu. Mu kiyago gito uwusanzwe arongoye...

Most Read

Jeanjos Parfait nawe yahambije abandi kuri rwa rubuga mpunza makungu

Umuririmvyi Jeanjos Parfait asazwe akora indirimbo zihayagiza Imana(Gospel) nawe yaraye atewe iteka ry’ugushirwa kuri rwa rubuga rwa Wikipedia inyuma yabagenziwe bamutanguriye Umuririmvyi Jaenjos Parfait asazwe...

#diaspora|Mkombozi asaba ko izina Lucifer atamuntu yosubira kuryita Satan

Mu ntumbero yo gukura amakenga ku mpari kw'izina yitwa nka Lucifer, Nzeyimana Thomas yatanze umuco.Mu kiganiro n'imwe mu mboneshakure yo mu gihugu ca Tanzania...

Rumonge : Iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika ryononye vyinshi

Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze...

Ukuri kubivugwa y’uko Lydia Nsekera yoba arwaye Coronavirus

Hamaze imisi hariko harakwiragizwa inkuru ivuga y'uko uwigeze gutwara Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, akongera agatwara CNO ( Comite National Olympic ) mu...