Home Sports

Sports

Olivier Niyungeko ati ” Urukino rwa Madagascar ni Final Kuri twebwe

Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko ngo igiti nticomukora mu jisho kabiri. Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru b'insamirizi BBC kuri uyu wa mbere kw' igenekerezo rya...

# IndundiSports | #CAN2019: Urutonde rw ‘abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

Umumenyereza Mukuru w'Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona Urutonde rw 'abakinyi 11 b'intamba mu rugamba baza gutangura mu kibuga mu rukino...

#BreakingNews |Ndikumana Seleman yakuwe ku rutonde rw’abakinyi 23 b’Intamba bazokina CAN2019

Ndikumana Seleman ntakiri ku rutonde rw 'abakinyi 23 b'intamba mu rugamba bagiye kwitabira inkino za CAN2019 buca zibera muri Egypte. Ku makuru Indundi Sports ihejeje...

Intamba ziramutse zitsinze Nigeria zizohabwa imiriyoni 150.000.000Fbu

Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba wemerewe agashirukabute kangana n'imiriyoni 150.000.000fbu uramutse utsinze Nigeria. Ayo mahera bakaba bayemerewe n'uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi...

Amagara ya Kwizera Pierrot ngo yifashe neza ubu

Ugukomereka kwa kwizera Pierrot kwari kwababaje benshi muri kino gihe uyo mukinyi amagara yiwe ngo ameze neza. Inyuma yo gukomerekera mu rukino rwahuje Intamba mu...

Intamba mu rugamba zaraye zishitse amahoro mu Misiri

Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye ushitse amahoro mu Misiri ahagiye kubera inkino za AFCON2019. Inyuma yo gutsindwa ibitsindo 2-1 n'umugwi nserukira gihugu wa...

Urutonde rw’abakinyi 22 b’intamba U23 bagiye kwitegurira inkino za Jeux Africains

Ishirahamwe ry 'umupira w'amaguru mu Burundi FFB kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019 ryashize ahabona urutonde rw'abakinyi 22 b'intamba...

Urutonde rw’abakinyi 23 b’intamba n’amanomero y’imyambaro bazokwambara muri CAN

Mugihe hasigaye imisi 3 gusa kugira ihiganwa rya CAN 2019 ritangure, kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019...

Intamba zaraye zitsinzwe na Tunisia

Kuva mu mwaka wa 2018 Intamba mu rugamba ntizari bwatsindwe. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 17 Ruheshi umwaka wa 2019 i Tunis...

CAN2019 : Abarundi babiri mu bakinyi bo muri kano karere bakomeye batowe na BBC

Ikinyamakuru BBC cashize ahabona abakinyi bagera kuri 9 bo muri kano karere bakomeye bazokina CAN2019. Kuri urwo rutonde duhasangamwo abakinyi babiri b'abarundi abo nabo akaba...

Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

  Umumenyereza w'umugwi nserukira gihugu Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Tunisie kuri...

Impamvu yatumye Nyange agumana n’abandi i Doha

Ingingo Staff y'intamba mu rugamba yafashe yo kugumana Nyange I Doha ishobora kuba iri mu ngingo nziza iyo staff yafashe. Kuva ku musi wa kabiri...

Most Read

Umurwi CENI ngo ugiye kwakira ivyegeranyo vy’utunenge twabaye mu matora

Umukuru w’umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora Pierre Claver Kazihise amenyesha y’uko abantu nka bose bari barungitswe kurorera amatora aheruka kuba kuwa 20 Rusama 2020...

Ngozi-Kayanza : Abarimyi b’ikawa baridogera abajejwe amatonorero

  Abarimyi b'ikawa bo mu ntara za Ngozi na Kayanza baridoga ko inyuma y'isaha icumi na zibiri z'umugoroba (18h00) badasubira kubakirira ikawa bagaca baja kuzisyera...

BDUSA : Samuel Ndayiragije yoba yarakombowe koko?

Mu kiganiro abaramutswa ishirahamwe BDUSA, bakoranye na Raphael Biko umumenyeshamakuru yigenga, baratanga umuco kw'ibomborabombora riri muba nyeshirahamwe muri kino gihe. Uwahawe ijambo ubwa mbere akaba...

Jumaine urugero rw’abakinyi biwe rwaragabanutse

Inyuma yo kunganiriza i Bujumbura Ku kibuga c'intwari n'umugwi wa Inter Star 0-0, mu rukino rw'igice ca kabiri gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu, Niyonkuru...