Tags Alikiba

Tag: Alikiba

Alikiba buca aza gukorera igiteramo I Bujumbura

Uko abarundi bakumbuye Alikiba, ngo Niko nawe abakumbuye. Naho agize igihe mu gacerere ngo agiye kukavamwo, anahakorere igiteramo. Uburundi ngo ni bwitege Alikiba, naho amaze...

Most Read

#diaspora|Myfin microfinance igiye kworohereza abarundi baba mu mahanga kuzana imitahe

Hagiye kwugururwa ishirahamwe ryo kuziganya no kugurana(microfinance Myfin),mu ntumbero yo kworohereza abarundi baba mu mahanga gushika imitahe yabo hano mu gihugu. Ubucuti buri hagati y'ishirahamwe...

# Indundi Sports | Official : Iddy Muserem yamaze gusinya muri Gasogi United

Inyuma y'urukurukuru rwava mugihugu c'Urwanda  ruvuga ko umusatirizi w'umugwi Messager Ngozi ashobora kwerekeza muri Gasogi United muri ico gihugu , urukurukuru rwahavuye ruba inkuru...

David Ndikuriyo yimitswe mu mabanga mashasha

Umukinyi wa kera w'umupira w'amaguru akaba yarigeze no kuba umunonotsi Ndikuriyo David batazira Maras yagenywe mu mabanga yo kuba musitanteri wa komine Mabanda mu...

Gymkhana yaronse itike

Mu gihe kuri uyu wa gatandatu hazokinwa inkino z'igice cakabiri gishira ica nyuma c'inkino zugurura ihiganwa(tournoi d'ouverture), imirwi itatu niyo yarimaze kuronka uburenganzira . Urunani...