Tags Laurette TETERO

Tag: Laurette TETERO

Mb Data we ngo ivya Tetero ntabihari ahubwo arubatse afise umufasha mu nzu

Inyuma y'igihe kinini ataboneka mugakino, munyuma akaza gusubira kwumvikanira munzu y'ubuhinyanyuzi izwi nka M.A isanzwe irongowe na Mugisha Amir arabandanya gukora ibitangaza mumuziki w'Uburundi...

Nyemerera Remix niyo igiye guhuza Laurette TETERO na Sag Wise asanzwe arongoye Rockstone Kingdom

Inyuma y'urugendo rumutwara muvyigwa aho asanzwe ari mu gihugu ca Chypres arabandanya gukora ibikorwa vy'umuziki aho ubona ko abandanya akora ivyiza naho atari hafi. Aho...

Ng’iki ico Laurette TETERO yipfuza kuri Mb Data

  Inyuma yaho akoreye indirimbo yiwe igira kabiri abifashijwemwo na Label ya Rockstone Kingdom munyuma agafata urugendo rumwerekeza mumahanga aho yagiye kwiga kandi ariko yemeza...

Primusic si zirya miriyoni mirongo ibiri na zitanu

Inyuma yo kuvyemanga ko atari yiteze ko yorengana no mu majonjora, ni Laurette TETERO ashima cane uburyo abantu babishizemwo umutima bakamwizera bakamutora. Aho avuga ko...

Most Read

Lieutenant Kévin yahamagariye ingabo zose kubashigikira mu cicaro ca mbere

Mu gihe umugwi w'igisirikare c'Uburundi Muzinga Fc wari uhejeje kwirahira Top Junior ibitsindo 9-0 ku musi wa gatandatu uheze ivyatumye basubira kuduga mu cicaro...

Urutonde rw’abakinyi 20 b’impfatakibanza b’umugwi BS Dynamic uzokoresha mw’ihiganwa rikurikira

Burundi Sports Dynamic Nsabimana Bakari niwe mumenyereza wa mbere wo mu cicaro ca mbere amaze gushira ahabona abakinyi 20 b'impfatakibanza azokoresha mu mugwi Bs...

Colonel Alexis ngo umugwi muzinga ugiye gukomera muri kano karere

Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro...

#Diaspora| “Tubivugane” mu ntumbero yo gutezimbere imico n’akaranga

Nubwo baba mu mahanga, ngo ntibataye umuco, barangwa n'akaranga, kandi baracavuga ikirundi co kuziko. Hashizweho ishirahamwe "Tubivugane" mu ntumbero yo gutezimbere umuco n'akaranga mu barundi...