Tags P square

Tag: P square

Iry Tina yasobanuye ivy’ubucuti afitaniye na Paul wa P Square

Ugukundana vyo ngo nta birimwo, ariko ngo n'incuti za hafi cane kandi banafise ibikorwa basanzwe bakorana binarimwo ivy'umuziki. Mu gihe vyavuzwe cane ko Iry Tina...

Most Read

#diaspora|Bella Hot Hot|Igituma ibiteramo bikomeye iburayi yari gukora vyahomvye

Bella Hot Hot ni Umurundikazi umwe rudende yashoboye kuboneka mubiteramo bikomakomeye aho yaboneka arikumwe canke aherekeje abaririmvyi bakomeye hano kumugabane wa Afurika...

Jeanjos Parfait nawe yahambije abandi kuri rwa rubuga mpunza makungu

Umuririmvyi Jeanjos Parfait asazwe akora indirimbo zihayagiza Imana(Gospel) nawe yaraye atewe iteka ry’ugushirwa kuri rwa rubuga rwa Wikipedia inyuma yabagenziwe bamutanguriye Umuririmvyi Jaenjos Parfait asazwe...

#diaspora|Mkombozi asaba ko izina Lucifer atamuntu yosubira kuryita Satan

Mu ntumbero yo gukura amakenga ku mpari kw'izina yitwa nka Lucifer, Nzeyimana Thomas yatanze umuco.Mu kiganiro n'imwe mu mboneshakure yo mu gihugu ca Tanzania...

Rumonge : Iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika ryononye vyinshi

Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze...