Inyuma y’ibiganiro vy’iminsi itari mike, umugwi wa Stoke City, urondera umusore Saido Berahino, kuri uno mugoroba, uyo mugwi uhejeje ku mutahukana ku mahera angana n’imiliyoni […]

4,161 total views, 4,161 views today

...
More

Arikumwe n’abandi bakinyi bakiri bato, uyu musore afise amamuko hano iwacu, akaba asanzwe afise ubwenegihugu bw’igihugu c’Ububiligi, Hendrik Ndikumana, yaraye ashizwe mu rutonde rw’abakinyi 11 […]

3,278 total views, 254 views today

...
More

Kuva aho haheze iminsi hibonekeza ibintu bitagenda neza ku bibuga bimwe bimwe biberako inkino za Primus Ligue, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru, ryaramaze kuba ryihaniza abantu bose […]

2,879 total views, 113 views today

...
More

Amakuru ava ku kinyamakuru c’inkino co mu bwongereza ca TalkSport.com, umumenyereza wa Stoke City ni Mike Hughes, aremeza ko Berahino bikigoye ko ava mu mugwi […]

2,199 total views, 147 views today

...
More

Urutonde rw’ukwo batsindanye tutibaye n’imigwi igiye guhura ku mpera z’ino ndwi turimwo:

Les Lierres 2-1 Magara Star ( kuri Stade Prince Louis).
Bujumbura City 1-1 Inter Stars( kuri […]

2,727 total views, 60 views today

...
More

Inyuma y’imvune igera ku mezi  atandatu, Umukinyi Nassor Niyonkuru yashoboye gutangura imyimenyerezo ku musi wejo.   Aho twashoboye kubona amwe mu ma photo ariko arakora […]

5,716 total views, 16 views today

...
More

Umukinyi Nyange  Yussuf wa Aigle Noir, ku munsi wa gatanu, w’indwi iheze, yafashe indege igana mu gihugu ca Turkia, aho agiye kugeragezwa mu mugwi wa […]

3,855 total views, 22 views today

...
More

Inyuma y’inkino zabaye ku munsi w’ejo wa kabiri ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore, kuri uno wa gatatu, harabandanya inkino z’indwi igira 17, mw’ihiganwa ry’umupira […]

3,016 total views, 2 views today

...
More

Inyuma y’ugutahukana agashimwe k’umukinyi yabaye uwa mbere mu gihugu c’urwanda mu kwezi kwa Gitugutu, Shassir Nahimana wa Rayon Sports yasubiye gutorwa nk’umukinyi yaranze ukwezi kwa […]

5,408 total views, 4 views today

...
More

Ku munsi w’Imana mu gihugu ca Portugal, mwihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri, umukinyi Nduwarugira Christophe, yashoboye gushirwa mu rukino ku ncuro ya mbere, inyuma […]

5,083 total views, 6 views today

...
More