5.5 C
New York
Thursday, January 21, 2021
Home abakinyi bakina hanze CAF champions league | Messager Ngozi yaraye isezerewe na Ismaily Sc yo...

CAF champions league | Messager Ngozi yaraye isezerewe na Ismaily Sc yo mu Misiri.

 

Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 munyonyo umwaka wa 2018 , aho umugwi Ismaily Sc wo mu Misiri wari wakiriye Umugwi Messager Ngozi w’Iburundi mu rukino rwo gusubiriza rwa CAF Champions league .  Urukino rukaba rwaraye rurangiye Messager Ngozi isezerewe na Ismaily Sc itsinzwe Ibitsindo 2-1.

 

Mu kibukako Urukino rwo gutangura rwabereye mu ntara ya Ngozi Messager yari yatsindiwe ku kibuga iwabo 1-0.Misiri.

 

Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 munyonyo umwaka wa 2018 , aho umugwi Ismaily Sc wo mu Misiri wari wakiriye Umugwi Messager Ngozi w’Iburundi mu rukino rwo gusubiriza rwa CAF Champions league .  Urukino rukaba rwaraye rurangiye Messager Ngozi isezerewe na Ismaily Sc itsinzwe Ibitsindo 2-1.

 

Mu kibukako urukino rwo gutangura rwabereye mu ntara ya Ngozi Messager yari yatsindiwe ku kibuga iwabo 1-0.

Must Read

# Indundi Sports | Sabumukama yafashije Napsa Stars kunganya na Forest...

0
    kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021, umugwi Naps Stars ukinamwo abarundi babiri Mavugo Laudit hamwe na Sabumukama Enock wari wakiriye  Forest...