footballhomepageIbiyovyabwenge

Ndikumana Selemani yahawe amasezerano muri Aladalah

Kizigenza w’Umugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba Ndikumana Suleiman yahawe amasezerano yo gukunira Aladalah .

Kuri uyu wa Mbere waraye uheze igenekerezo rya 10 Kigarama umwaka wa 2018 niho uyo kizigenza w’Umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba yashize umukono Ku masezerano yo gukinira amezi 6 Umugwi Alabadalah Fc wo mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Arabie Saoudite.

Ndikumana Selemani akaba yari amaze ikiringo c’amezi agera kuri 4 ata mugwi afise bivanye n’imvune yari amaze igihe afise ivyatumye amara inkino zitatu z’Intamba mu rugamba adahonyoza ikirenge mu Kibuga.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 146