5.5 C
New York
Saturday, January 16, 2021
Home Burundi Uku niko imirwi yasaranganijwe mu murwi izohuriramwo

Uku niko imirwi yasaranganijwe mu murwi izohuriramwo

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 14 Kigarama umwaka wa 2018 niho ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona ingene imigwi izosangira ivyiciro , aho hakaba habonetse ivyiciro bibiri aho iciciro ca mbere(groupe A) bamwe n’icakabiri (group B.)

Muri A tukasangamwo nk’imigwi nka : Burundi Sports Dynamic, Les elepahans ya Bubanza, Les jeunes Athletics, Inter Stars, Muzinga Fc, Rumonge City, Volontaires, Aigle Noir B

Mu murwi B nawo duhasangamwo: Busoni Star Kirundo, Butare city Kayogoro, Lumiere de Mwumba, Delta Star Gatumba, Moso Sugar, Royal Fc Muramvya, Top Junior Kayanza, Unite Fc 

Ihiganwa ryo muri ico cicaro ca kabiri  rikaba rigiye gutangura kuva  kw’igenekerezo rya 20 Kigarama umwaka wa 2018.

Mukamenya ko ikirangamisi c’ukuntu imigwi izohura kizoshirwa ahabona  mu misi iri mbere .

Must Read

Moustapha Francis yaguzwe na Costa Union yo muri Tanzania

0
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Nzero 2021, niho Umukinyi w’umurundi Moustapha Francis Njali yaguzwe n’umugwi Costa Union wo mu gihugu ca Tanzania,...