5.5 C
New York
Saturday, December 4, 2021
Homehomepage# Indundi Sports | UEFA Champions league : Manchester United yatomboye guhura...

# Indundi Sports | UEFA Champions league : Manchester United yatomboye guhura na PSG




Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 17 Kigarama umwaka wa 2018 niho habaye tombora y’ingene imigwi 16 izohura mu gice ca 8 gishira icanyuma c’igihanwa rya UEFA champions league .


Uku Niko imigwi 16 yatomboye ingene izohura 
-Umugwi Manchester Unites watomboye guhura na PSG
– Schalke 04 izohura na Manchester City 
– Athletico Madrid izohura na Juventus 
– Tottenham izohura na Borussia Dortmund 
– Lyon izohura na Fc Barcelona
– As Roma izohura na Fc Porto
– Ajax Izohura na Real Madrid 
– Liverpool izohura na Bayern Munich.
Inkino zo gutangura zizoba igenekerezo rya 12, 13, 19 hamwe na 20  Ruhuhuma umwaka wa 2019 , mugihe izogusubiriza zizoba igenekerezo rya 5,6,12 hamwe na 13 ukwezi kwa Ntwarante umwaka wa 2019.

- Advertisment -

Must Read

Neymar ngo azosubira mu kibuga mu mwaka uza wa 2022

0
Neymar Junior ngo indwi ziri hagati ya 6 n’8 nizo zishobora kuzohaca imbere yuko uwo musore w’umunya Bresil asubira kuboneka mu gitigiri c’abakinyi ba...