5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home Esther Nish Primus League : Uko imigwi igiye guhura kundwi ya 19

Primus League : Uko imigwi igiye guhura kundwi ya 19

Kuva kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 21 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 19 . aho umugwi Messager Buja watsinzwe na Ngozi City ibitsindo 4-1.

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Kigarama umwaka wa 2018 inkino za Primus league zirabandanye .

  • isaha indwi n’igice 13h30 Ku kibuga citiriwe umuganwa rudoviko Rwagasore Umugwi les lierres uza kwakira Rukinzo Fc.
  • isaha icumi 16h00 Ku kibuga citiriwe umuganwa rudoviko gwarasore Umugwi LLS4A uraza kwakira Flambeau du Centre
  • isaha icenda 15h00 ki kibuga co mu Ruyigi Umugwi Flambeau de l’Est uraza kwakira Bumamuru Fc.

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 23 Kigarama umwaka wa 2018

  • Isaha indwi n’igice 13h30 Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore Umugwi Buja city uza kwakira Umugwi Vital’o Fc.
  • Isaha icenda 15h00 Ku kibuga citiriwe Umuganwa rudoviko Rwagasore Umugwi Athletico Olympic uzokwakira Aigle Noir .
  • Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’Urukundo Umugwi Umugwi Kayanza united uza kwakira Olympic Star .
  • Isaha icenda 15h00 Igitega Umugwi Musongati Fc uza kwakira Messager Ngozi.

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....