5.5 C
New York
Tuesday, October 19, 2021
HomeEsther NishUrutonde rw'abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z'indwi ya 19

Urutonde rw’abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z’indwi ya 19

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona urutonde rw’abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z’indwi ya 19 ya Primus League kubera amakara atukura bafise.

Abo nabo ni aba bakurikira:

1) Nyandwi Innocent akinira Umugwi LLBS4A

2) Dusabe Olivier akinira Umugwi Vital’o Fc

3) Sinzinkayo Fleury akinira Umugwi Messager Buja

4) Karikera Ibrahim akinira Umugwi Messager Ngozi

5) Vyizigiro Lewis

6) Ngomba Mpacko LLBS4A

7) Nduwimana Kennedy

- Advertisment -

Must Read

Meme Meili yavuze ku mafaranga yakoresheje muri “Arabesha”

0
Ya ndirimbo "Arabesha" ya Meme Meili ngo ntiyovuga ko Ariwe yayikoreye canke ngo Afise Management imufasha muri ivyo bikorwa vyiwe vy'umuziki, ariko ngo arafise...