
Kuva ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama no ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Kigarama ndetse no ku musi w’Imana igenekerezo rya 23 Kigarama , ihiganwa rya Primus league rarabandanije Ku ndwi igira 19 ku bibuga bitandukanye.
Uku Niko inkino za genze :
Ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama:
- Ngozi City yanyagiye Messager Bujumbura Ibitsindo 4 kuri 1
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Kigarama:
- Les lierres yatsinzwe na Rukinzo Fc ibitsindo 2 kuri 1
- LLBS4A itsindwa na Flambeau du Centre ibitsindo 2 kuri 1
- Flambeau du l’est inganya na Bumamuru Fc 0 Ku 0
-Ku musi w’Imana igenekerezo rya 23 Kigarama
- Buja city yatsinzwe na Vital’o ibitsindo 2 Ku 0
- Athletico Olympic Itsindwa na Aigle Noir ibitsindo 2 kuri 1
- Kayanza United inganya na Olympic Star ibitsindo 2 kuri 2
- Musongati Fc inganya na Messager Ngozi Igitsindo 1 kuri 1