homepageEsther Nishkirundikirundi_Sportsprimus ligueYvan muziki

Primus league : Uko inkino z’indwi ya 20 zagenze

Kuva kuru uyu wa kabiri uheze igenekerezo rya 25 Kigarama hamwe no kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 26 Kigarama ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi yaryo igira 20.

Uku niko inkino zose z’indwi ya 20 zagenze:

  • Messager Ngozi yatsinze Bumamuru ibitsindo 2 kuri 1
  • Athletico Olympic Inganya na Les lierres igitsindo 1 kuri 1
  • Flambeau de l’Est inganya na Messager Ngozi 0 Ku 0
  • Ngozi City itsinda Vital’o Fc ibitsindo 2 Ku 0
  • Flambeau du centre Itsinda Buja City igitsindo 1 Ku 0
  • Olympic Star Itsinda LLBS4A ibitsindo 2 Ku 0
  • Aigle Noir Itsindwa na Kayanza United Ibitsindo 2 kuri 1
  • Rukinzo Itsinda Musongati Fc Ibitsindo 4 kuri 1.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 167