footballhomepageIbiyovyabwengekirundikirundi_SportsYvan muziki

CAF Champions league : Umugwi Simba Sc usangiye itsinda rimwe na Al Ahly hamwe na Vita Club

Umugwi Simba Sc wo mu gihugu kibanyi ca Tanzania usangiye itsinda rimwe n’imigwi Al Ahly yo muri Misiri hamwe na Vita Club wo mu gihugu Repubilika iharanira demokarasi ya Kongo.

Uku niko itombora ry’imigwi isangiye itsinda ryagenze :

Itsinda rya A:

-Lobi Stars ( Nigeria )
-WAC Casablanca ( Maroc )
-Asec Mimosas ( Cote d’ivoir)
-Mamelody Sundouwns ( South Africa )

Itsinda rya B:

  • Fc Platinum ( Zimbabwe )
  • Horoya ( Guinée)
  • Esperence Tunis ( Tunusie)
  • Orlando Pirates ( South Africa )

Itsinda rya C:

  • Tp Mazembe ( RD Congo)
  • Club Africain ( Tunisie)
  • CS Constantine ( Algerie)
  • Ismaily ( Egypt)

itsinda D:

  • Al ahly ( Egypt)
  • Simba Sc ( Tanzania )
  • Js Saoura ( Algerie)
  • As Vita Club ( RD Congo)

What's your reaction?

Related Posts

1 of 380