5.5 C
New York
Saturday, October 16, 2021
HomeEsther NishPrimus League B : Uko imigwi yatsindanye mu cicaro ca kabiri

Primus League B : Uko imigwi yatsindanye mu cicaro ca kabiri

Ku magenekerezo ya 27, 28 , hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka, ihiganwa ryo mu cicaco ca kabiri Primus League B ryari ryatanguye icese ku ndwi yaryo ya mbere.

Uku niko imigwi yatsindanye :

  • BS Dynamic yanganije na Les Elephants ibitsindo 2 kuri 2
  • Inter Star Itsinda les jeunes Athletics Igitsindo 1 ku 0
  • Muzinga Fc unyagira Rumonge City Ibitsindo 4 kuri 1
  • Volontaire Fc Unganya na Aigle Noir 0 ku 0
  • Busoni Star utsindwa na Buhumuza igitsindo 1 ku 0
  • Top Junior itsinda Unit Fc igitsindo 1 ku 0
  • Lumiere de Mwumba Fc itsindwa na Delta Star ibitsindo 3 kuri 2
  • Moso Sugar itsinda Royal Fc ibitsindo 2 kuri 1
- Advertisment -

Must Read

Yvan Muziki yoba yagize ubugeni n’umunyarwandakazi Marina?

0
Ku musi w’ejo habonetse amashusho n’amasanamu ya Yvan Muziki hamwe n’umukunzi wiwe akaba n’umuririmvyikazi w’umunyarwanda Marina, baboneka mu mwambaro w’ubugeni. Ayo mashusho akaba yabonetsemwo abantu...