5.5 C
New York
Wednesday, January 26, 2022
HomefootballPrimus League : Uko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 21

Primus League : Uko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 21

Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 no ku musi w’Imana igenekerezo rya 30 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 21

Umurwi ikaba yatsindanye uku gukurikira :

  • Musongati Fc yatsinze LLBS4A ibitsindo 3 kuri 1.
  • Vital’o Fc Itsinda Les lierres Ibitsindo 3 kuri 1
  • Aigle Noir Itsinda Bumamuru Igitsindo 1 Ku 0
  • Flambeau du centre itsindwa na Messager Ngozi Ibitsindo 2 ku 0
  • Kayanza United Itsinda Flambeau de l’Est Ibitsindo 2 kuri 1
  • Buja City Itsinda Ngozi City Ibitsindo 3 ku 0
  • Athletico Olympic Itsinda Messager Buja Ibitsindo 3 kuri 1
  • Olympic Star inganya na Rukunzo igitsindo 1 kuri 1
- Advertisment -

Must Read

Uko za nkino z’ibihangange muri basketball zagenze

0
Ihiganwa Super finale n'ihiganwa ryashizweho n'ishirahamwe ry'umupira w'amaboko basketball (FEBABU) ifadikanije n'ishirahamwe Brarundi babicishije mu kinyobwa Viva. Iryo higanwa rikaba rihuza imirwi imaze gushika mu...