Inyuma yitunganywa ry'amatora adakumira, ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi benshi baba ku mu gabane wa America BDUSA ryahavuye rusubizwa ubuserukizi bwo...
Inyuma yaho ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi benshi baba ku mugabane wa America BDUSA(Burundian Diaspora In Usa) rishoboye kwitunganya neza, rikarengera...
Uno musi impari ntizibuze ku buryo ibiteramo Big Fizzo aheruka gukorera ku mugabane wa buraya vyagenze, ariko kubwiwe ngo ibiteramo vyagenze neza cane.
Mu kiganiro...