5.5 C
New York
Tuesday, October 19, 2021
HomeBurundiizi nizo nkino z'igice ca 32 gishira icanyuma c'igikombe c'umukuru w'igihugu zigiye...

izi nizo nkino z’igice ca 32 gishira icanyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu zigiye gutangura

Kuva kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 03 Nzero umwaka wa 2019 inkino z’igice ca 32 gishira ica nyuma c’igikombe c’Umukuru w’igihugu zigiye gutangura icese .

Uku Niko imigwi izohura:

I Gitega isaha indwi 13h00 Umugwi Royal Fc uzohura na Fc Ruyigi

I gitega isaha icenda n’igice 15h30 Umugwi Flambeau de l’est uzohura na Béthanie de Gitega

Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore Isaha indwi 13h00 Umugwi Les jeunes Athletic uzohura na Pneu Fc Mubimbi

ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore nyene Isaha Icenda n’igice 15h30 Les lierres Fc izohura na Aigle Noir Mairie .

- Advertisment -

Must Read

Meme Meili yavuze ku mafaranga yakoresheje muri “Arabesha”

0
Ya ndirimbo "Arabesha" ya Meme Meili ngo ntiyovuga ko Ariwe yayikoreye canke ngo Afise Management imufasha muri ivyo bikorwa vyiwe vy'umuziki, ariko ngo arafise...