5.5 C
New York
Saturday, September 25, 2021
HomeNewsafrica newsAba nibo bagiye guhiganirwa agashimwe k'umukinyi mwiza w'umunya Africa

Aba nibo bagiye guhiganirwa agashimwe k’umukinyi mwiza w’umunya Africa

Abakinyi batatu bakina mu bwongereza aribo Muhammed Salah akinira Liverpool, Saido Maney nawe akinira Liverpool hamwe na Pierre Emerick Aubameyang nibo bagiye guhiganirwa agashimwe k’umukinyi mwiza w’umunya Africa (CAF) w’umwaka wa 2018 .

Ako gashimwe k’umukinyi mwiza w’umwaka w’umunya Africa kakazotangwa mw’ijoro ryo ku musi wa kabiri w’indwi iza igenekerezo rya 8 Nzero umwaka wa 2019 mu gusagaca ca Dakar mu gihugu ca Senegal.


Pierre Emerick Aubameyang akaba agira incuro ya 5 aronka amahirwe yo guhiganirwa utwo dushimwe, akaba anganya na Yaya touré hamwe na Michael Essien.

- Advertisment -

Must Read

Vivi Muyomba na Linah Blanch mu munezero udasanzwe

0
Imyaka irenga 14 Vivi Muyomba abana n'umugore wiwe Linah Blanch mu munezero, urukundo no gukorera hamwe Imana yahavuye ibahezagiza ikibondo. Amakuru dufise n’uko ivy’urukundo rwabo...