M.lee – Captain blu -The African Chimchim (official video)
https://www.youtube.com/watch?v=34L5381qzlw
https://www.youtube.com/watch?v=34L5381qzlw
Nk'uko abahinga babiciye irya n'ino babimenyesha,twese turafise indoto, twese turifuza ko umusi umwe twoshika kuri bino canke biriya, twese turumva ko hari ikintu twari dufiise nk'impano abandi badafise!-->!-->!-->…
Manirakiza Marc batazira Poshen yahora arongoye Messager Ngozi yatanze imihoho. Amakuru akaba yaraye abonetse Ku rubuga ngurukana bumenyi Facebook rwegukira umugwi Messager Ngozi aho avuga ibimenyeshwejeko ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Igenekerezo ritaramenyekana niryo umuririmvyi Diamond platnumz yungururijeko ubugeni bwiwe, ivyateye amakenga menshi abakurikiranira hagufi ivy’uwo muririmvyi kuko hoba hinyegejemwo kinyoma kitaramenyekana. Ubugeni bwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Umurwi wa Juventus ngo woba uriko urakora ibishoboka vyose ngo abandi bakinyi babiri b’umurwi Real Madrid babashe guhamvya uwo baheruka kubanyaga, Cristiano Ronaldo. Amakuru dukesha ikinyamakuru Goal avuga ko abakinyi 2!-->!-->!-->!-->!-->…
Ugusubira kumenyereza umurwi n’umwe wo muri Portugal ntavyerekwa, avuga ko ashima kwigumira hanze y’igihugu. Morinho ngo yarahiye ararengwa ko adashobora kwerekeza mu murwi ukinira mu gihugu ca Portugal aho asanzwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva Ku musi wa Kane igenekerezo rya 04 Nzero umwaka wa 2019 inkino z'igice ca 32 gishira icanyuma z'igikombe c'Umukuru w 'Igihugu zaratanguye icese , izo nkino zikaba zakinywe imisi ine, Ku musi wa Kane!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.