5.5 C
New York
Monday, January 25, 2021
Home abakinyi bakina hanze Ndikumana Justin yaraye akinye urukino rwiwe rwambere muri Sofapaka Fc

Ndikumana Justin yaraye akinye urukino rwiwe rwambere muri Sofapaka Fc

Umunyegori w’intamba mu rugamba Justin Ndikumana batazira Kabengele yaraye akinye urukino rwiwe rwambere yambaye umwambaro wa Sofapaka Fc.

Mu urukino rw’ihiganwa ryo muri Kenya rwaraye ruhuje Sofapaka Fc hamwe na Vihiga Fc ku musi w’imana igenekerezo rya 13 Nzero umwaka wa 2019, iyo migwi yompi yanganije igitsindo 1-1 .

Umunyegori Justin Ndikumana  yifashe neya ndetse aranasama imipira ikoma komeye . Sofapaka Fc imaze gukina inkino indwi n’amanota indwi ikaba ifata iri mu kibanza ca 11 mw’ihiganwa ryo mu Gihugu ca Kenya .

Must Read

Platini ngo aronse ah’aca Shaddy Boo Ubwiza bwiwe ntiyobwitesha

0
  Platini yigeze kuba ari muri Dream Boys ngo ntaho yohera yanka kugiriranira imigenderanire y’urukundo na Shadia benshi bazi nka Shaddy Boo. Ivyo akaba aheruka...