5.5 C
New York
Tuesday, May 11, 2021
Home football Party 2: Ntamuntu yemerewe kwinjira ata Ticket ngo yitwaje ubutegetsi

Party 2: Ntamuntu yemerewe kwinjira ata Ticket ngo yitwaje ubutegetsi

Ntakwitwaza ubutegetsi canke ubukuru mu rukino ruzohuza Intamba na Gabon, kuko nawe azoriha kandi arihire nabasanzwe bamucungereye.

Ivyo bikaba vyavuzwe n’uwusanzwe atwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi akongera agatwara n’inama Nkenguza mateka mu Burundi nyakwuhwa reveriano Ndikuriyo mu kiganiro yaraye akoresheje abamenyesha makuru kw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 21 Nzero umwaka wa 2019.

Akaba yavuze ko hazoba amategeko mashasha muri urwo rukino na cane kane hazoba hari umutekano ukwiye , mbere akaba yabwiye abamenyeshamakuru ko ata ticket nimwe yemerewe kwinjirirako abantu babiri nuwifise umwana wawe utegerezwa kumurihira kandi ngo ibibanza bizoba biharuwe bivanye n’igitigiri c’ama ticket azogurishwa . Nayo abamenyereye amatike bakoresha mu Buyenzi bizobagora bibatware umwanya kugira bayakore canke bayakoreshe kuko ari amatike yakoreshejwe hanze y’igihugu .

Must Read

Imyaka 40 irarumanye umwami wa Raggae yitavye Imana

0
Hari kuwa 11 Rusama 1981 aho umwami wa Raggae Robert Nesta Marley yarazwi cane nka Bob Marley yitaba umuremyi asiga mu gahinda abakunzi b’ibikorwa...