EntertainmentAkes DonhomepageMiss EricamusicPassportWorld News

Rihanna arahangayikishijwe n’ibiriko bishikira Chris brown

Mu gihe Brown aheruka kurekurwa i Paris, Rihanna nawe ngo arahangayikishijwe n’iiriko biramushikira kubera ukutabona kure kwiwe.

Rihanna ngo yoba ahangayikishijwe n’uburyo uwahoze ari umukunzi wiwe ariko arabonwa hirya no hino mu makungu. Ivyo bikaba vyashizwe ahabona n’ikinyamakuru muri Amerika inyuma yaho uwo muririmvyi afatiwe agafungwa kuri uyu wa 1 mu gisagara ca Paris mu Bufaransa.

Uwo mwigeme akaba avuga ko uwo muririmvyi yahindutse cane ubu akaba afise ubyro asigaye yitwara neza, anho bitaraba vyiza gusumba. Akaba ahagaze ku ruhande rwa Chris kuko ashima ko ibintu bitokwifata nabi ngo abone ubucuti hagati yiwe n’umukobwa wiwe busubiriye gutituka.

Amakuru dukesha ivyo binyamakuru akaba avuga ko uwo muririmvyi -Brown- yoba afise umugambi w’ugusubira kuja mu rukundo n’uwo muririmvyikazi -Rihanna-. Muri kino gihe bikaba bivurwa ko boba barabana ryiza.

Brown akaba nawe ubu yamaze kurekurwa aho nawe avuga ko ari igitutsi gikomeye ku muryango wiwe n’umwana wiwe kuba uwo mwigeme yamwagirije ko yomufashe ku nguvu. Akaba avuga ko bitandukanye n’ingendo yiwe.

Rikaba atari irya mbere uwo muririmvyi afatwa n’ubutungane kuri ico caha c’uguta ku nguvu. Muri amerika abamwagiriza ico caha bakaba ari abatari bake.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 322