Homefeatured sportNed bank Cup: Frederic Nsabiyumva yaraye afashije Chipa United gusezerera Mamelody sundhouse

Ned bank Cup: Frederic Nsabiyumva yaraye afashije Chipa United gusezerera Mamelody sundhouse

Umukinyi w’inyuma w’Intamba mu rugamba Nsabiyumva Fréderic yaraye afashije Chipa United gusezerera Mamelody Sundhouse mu gikombe ca Ned Bank cup.

Mu rukino rwari rwabaye kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 26 Nzero umwaka wa 2019 Ku kibuga ca Chipa United citwa Nelson Mandela bay Stadium , Chipa United yaraye yakiriye umugwi Mamelody Sundhouse birangira Chipa United isezereye Mamelody Sund house Ku bitsindo 2-1 bica bituma Chipa United ibandanya mu gice ca 1/8 gishira icanyuma .

 Igitsindo ca mbere kikaba catsinzwe n’uwitwa Rulani Manzi ku munota wa 2 w’urukino , mugihe icakabiri caciye gitsindwa na Nsabiyumva Frédeic Ku munota wa 93.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Rukiya Bizimana mu rutonde rw’abakinyi bahiganirwa agashimwe...

0
  Umukinyi w’intamba mu rugamba z’abigeme Bizimana Rukiya yashizwe mu rutonde rw’abakinyi 10 bakiri bato  bahiganirwa agashimwe k’umukinyi yavyitwayemwo neza gusumba abandi mu nkino zo...