5.5 C
New York
Tuesday, April 20, 2021
Home abakinyi bakina hanze Intamba U 20: Urutonde rw'abakinyi 21 b'intamba bagiye kwerekeza muri Niger

Intamba U 20: Urutonde rw’abakinyi 21 b’intamba bagiye kwerekeza muri Niger

Umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Joslin Bipfubusa yaraye ashize ahabona urutonde rw’abakinyi 21 b’intamba mu rugamba bagiye gufata urugendo rubashikana muri Niger .

kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 29 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isaha icumi 16h00 bakaba bagiye kwitabira inkino z’igikombe ca Africa y’abatarenza imyaka 20 CAN U 20 muri Niger hagati y’amagenekerezo ya 2 gushika kuri 17 Ruhuhuma umwaka wa 2019.

Aba nibo bakinyi 21 bagiye gufata urugendo :

1.RUKUNDO Onésime (Messager Ngozi)

  1. KITENGE Ally Tonton (Buja City)
  2. NDIZEYE Aimé Fales (Aigle noir)
    4.SELEMANI Moustafa (Aigle noir)
    5.NDORIYOBIJA Eric(Stand Utd)
    6.NAHIMANA Steve (Kayanza UTD)
    7.NDAYE Chancel (Rukinzo Fc)
    8.BIGIRIMANA Ramadhan(Stand Utd)
    9.MURYANGO Mabano Shabani (Aigle noir)
  3. EZA Armel (Kayanza UTD)
    11.NSHIMIRIMANA Jospin (Aigle noir)
    12.MBIRIZI Eric (Stand UTD)
  4. RAMADHAN Pascal (Musongati Fc)
    14.KANAKIMANA Bienvenu (Aigle noir)
    15.MAVUGO Cédric (Aigle noir)
    16.ULIMWENGU Jules(Sunrise)
  5. IRAKOZE Saidi (Musongati Fc)
    18.RUKUNDO Therence (KAYANZA UTD)
    19.MOHAMED Amissi (Nac Breda)
    20.HAKIZIMANA Héritier(Aigle Noir)
    21.BARANDONDERA Abdoul Karim (Flambeau du Centre ).

Mukamenya ko Uburundi buri mw’itsinda rimwe na Nigeria , Africa y’epfo, Hamwe na Niger .

Must Read

Amazi asigaje isantimetero 50 kugira agere ahashikira ibidandazwa

0
Imiriyaridi zababa 2 z'amafaranga y'amarundi niyo akenewe kugira ikivuko ca Bujumbura kibangamiwe n'iduga ry'amazi y'ikiyaga Tanganyika gisanurwe mu kurindirika ibikorwa vyo kucagura. Umushikiranganji ajejwe...