5.5 C
New York
Sunday, October 17, 2021
HomefootballIntamba U 20 zaraye zifashe urugendo zerekeza muri Niger

Intamba U 20 zaraye zifashe urugendo zerekeza muri Niger

Umugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 waraye ufashe urugendo wekereza mu gihugu ca Niger .

Hari kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 29 nzero umwaka wa 2019 isaha umunani n’igice 14h30 aho Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zahaguruka Ku kibuga c’indege ca Bujumbura zigana mu gihugu ca Niger aho zigiye kwitabira amahiganwa ya CAN U20 agiye gutangura mu gihugu ca Niger hagati y’amagenekerezo ya 2 gushika kuri 17 Ruhuhuma umwaka wa 2019.

Mukamenya ko Intamba U 20 ziri mw’itsinda rimwe n’umugwi Niger, Africa y’epfo hamwe na Nigeria

- Advertisment -

Must Read

Yvan Muziki yoba yagize ubugeni n’umunyarwandakazi Marina?

0
Ku musi w’ejo habonetse amashusho n’amasanamu ya Yvan Muziki hamwe n’umukunzi wiwe akaba n’umuririmvyikazi w’umunyarwanda Marina, baboneka mu mwambaro w’ubugeni. Ayo mashusho akaba yabonetsemwo abantu...