5.5 C
New York
Friday, April 16, 2021
Home Burundi Intamba U 23 Urutonde rw'abakinyi 21 b'intamba bagiye kwitegurira urikino rwa Congo...

Intamba U 23 Urutonde rw’abakinyi 21 b’intamba bagiye kwitegurira urikino rwa Congo Brazza

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryamaze gushira ahabona urutonde rw’abakinyi 21 b’intamba mu rugamba ya batarenza imyaka 23 bagiye kwitegurira urukino rwa Congo Brazza mu kwezi kwa Ntwarante .

Akaba ari aba bakudikira :

1.Bankagakura Bosco(LLB)
2.Kanyamuneza Aime Christian (Messager Bujumbura)
3.Harerimana Emmanuel(Buja City)
4.Samuel Ndizeye(vital’o)
5.Moussa Ndikumana(Buja City)
6.Iddy Museremu (Messager Ngozi)
7.Olivier Bayizere(Messager Ngozi)
8.Tuyusenge Yasser(Rukinzo FC)
9.Kubuntu Ismaël (LLB)
10.Aimé Gakiza (Messager Buja)
11.Aoron Musore (Musongati)
12.Joseph Kashindi(Musongati)
13.Nyange Yussuf(Aigle noir)
14.Rugerinyange Joseph(vital’o)
15.Nshimirimana Ismaïl (Rukinzo)
16.Dusabe Olivier(vital’o)
17.Nahimana Guy(Buja City)
18.Ndayikeza Abdi(Kayanza United)
19.Issa Hubert(Athletico Olympic)
20.Ndikumana Chris(Musongati)
21.Moussa Muryango (Vital’o)

Bakaba bagiye kuja mu mwiherero kuva kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 4 Ruhuhuma umwaka wa 2019 ahitwa Kuri Centre Technique .

Mukamenya ko iyo myimenyerezo igiye gutanguzwa n’umumenyereza w’Intamba mu rugamba ya bakuze ariwe Olivier Niyungeko bivanye n’uko Umumenyereza mukuru w’uyo mugwi w’Intamba ariwe Omar Ntakagero hamwe n’icegera ciwe Joslin Bipfubusa bajanye b’intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 mu gihugu ca Niger .

Must Read

Différentes vertus du psaume 08

0
Améliorer la confiance, attirer  les clients vers ton commerce Pour retrouver la confiance en soi Pour avoir une faveur dans les transactions commerciales    Contre les maladies des...