5.5 C
New York
Sunday, April 18, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Intamba U 20 zashitse amahoro muri Niger

# Intamba U 20 zashitse amahoro muri Niger

Inyuma yaho umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 uhagurikiye ibujumbura kuwa kabiri w’igenekerezo rya 29 Nzero(01), waraye ushitse amahoro muri Niger .

Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zikaba zigiye kwitabira inkino za CAN z’abadashikana imyaka 20. Urukino rwambere rukaba rutegekanijwe kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 02 Ruhuhuma umwaka wa 2019 narwo rukazobahuza n’Umugwi wa Nigeria.

Mukamenya ko Intamba mu rugamba ziri mw’itsinda rimwe n’umugwi wa Niger , Africa yepfo hamwe na Nigeria .

Must Read

Ibibanza bizokwimurirwamwo abatewe n’amazi mu Gatumba vyamaze kuboneka

0
Urwego rw’igihugu rujejwe gukinga impanuka rufadikanije n’ubuyobozi bukuru bujejwe gutunganya ibisagara rumenyesha ko ibibanza vyo kwubakamwo amazu bigera kw'ijana na mirongo itanu bimaze gutegekanywa,...