5.5 C
New York
Friday, January 15, 2021
Home abakinyi bakina hanze CAN U20: Aba nibo bakinyi 11 b'intamba Joslin yasabwe gutanguza

CAN U20: Aba nibo bakinyi 11 b’intamba Joslin yasabwe gutanguza

Abakunzi b’inkino bipangiye urutonde rwabo basaba na Joslin bipfubusa ko arirwe yotanguza mu rukino rw’africa y’epfo.

Mugihe kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isaha cumi nimwe n’igice 17h30 mu masaha ya hano iwacu harindiranywe igishika urukino rukomeye rwa CAN U 20 ruza guhuza intamba mu rugamba hamwe na Africa y’epfo , abakunzi b’inkino baciye bipangira urutonde rw’abakinyi 11 babona ko Umumenyereza w’Intamba mu rugamba n’ aramuka arutanguje rushobora kuzana umusaruro mwiza.

Urwo rutonde narwo akaba ari uru rukurikira:

1) Rukundo Onesime
2)Ndaye Chancel
3) Ndoriyobija Eric
4)Bigirimana Ramadhan
5)Mbirizi Eric
6) Mabano Shabani
7)Jospin
8)Amissi
9)Kanakimana Bienvenue
10)Ulimwengu Jules
11) Cédric Titi Mavugo.

Mukamenya ko Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zitsinze urwo rukino zishobora kuronka uburengenzira bwo kurengana mu gice gikurikira.

Must Read

Hazokoreshwa igitabo mpanavyaha mu guhana abazoba bagararije

0
Abunguruza abantu canke abiyunguruza batazokurikiza ingingo zo kwikingira Covid-19 cane cane kwambara agafukamunwa, bazohanwa hisunzwe igitabu mpanavyaha. Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu,...