5.5 C
New York
Thursday, January 28, 2021
Home Chelsea Indundi Sports | Ulimwengu Jules yashize umukono Ku masezerano yo gukinira...

Indundi Sports | Ulimwengu Jules yashize umukono Ku masezerano yo gukinira Rayon Sport

Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Ulimwengu Jules yarawe ahawe amasezerano yo gukinira Rayon Sports .

Hari kur’ uyu wa Kane igenekerezo rya 14 Ruhuhuma umwaka 2019, aho umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Ulimwengu Jules yaraye ashize umukono Ku masezerano y’umwaka n’igice yo gukinira Rayon Sports .

Ulimwengu Jules akaba yaguzwe na Rayon sports imukuye mu mugwi Sun rise ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda .

Mu nkino 14 yakiniye Umugwi Sun rise yatsinze ibitsindo 9 mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Rwanda Azam premier league .

Must Read

Francine Niyonsaba avuze rimwe baba barikosoye  

0
  Ubwo ibihejeje kuba hagati ya Francine Niyonsaba umunonotsi w’Umurundi na rimwe mu mashirahamwe y’ugutumatumanako amakuru, Econet, vyoba vyerekana ko hari iyindi ntambwe igiye guterwa...