Ihohoterwa rifatiye ku gitsina ritumye yirukanwa burundu mu muryango w’abihebeye Imana
Uwahoze ari cardinal muri Ekleziya Katolika yirukanywe burundu, inyuma y’ukwagirwa n’icaha c’ihohoterwa rifatiye ku gitsina. Theodore Mccarrick w’imyaka 88 y’amavuko, abaye umurongozi mukuru wa mbere yirukanywe burundu!-->!-->!-->!-->!-->…