5.5 C
New York
Saturday, December 4, 2021
HomehomepagePrimus league : Uku niko batsindanye ku ndwi ya 22

Primus league : Uku niko batsindanye ku ndwi ya 22

Kuva Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 15 na 16 ihiganwa rya Primus primus ryabandanije kundwi ya 22.

Ku musi wa gatanu kw’igenekerezo rya 15 Ruhuhuma (02) umwaka 2019, Rukinzo yatsinze Bumamuru Fc igitsindo 1 Ku 0,messager Ngozi yatsinze Messager Bujumbura ibitsindo 5 kuri 1.

Kuri uyu wa gatandatu kw’igenekerezo rya 16 Athletico Olympic yatsinze Olympic Star ibitsindo 3 Ku 0 , Les lierre fc itsinda Ngozi city igitsindo 1 Ku 0,Kayanza United yatsinzwe na Buja City ibitsindo 2 kuri 1, Musongati Fc itsindwa na Vital’o igitsindo 1 Ku 0, Flambeau de l’Est yatsinzwe na Flambeau du Centre ibitsindo 2 kuri 1.

Hakaba hitezwe urukino rudasanzwe rwo ku w’Imana igenekerezo rya 17Ruhuhuma (02)kw’isaha y’icumu 16h00 Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore aho LLBS4A iza guhura na Aigle Noir .

- Advertisment -

Must Read

Neymar ngo azosubira mu kibuga mu mwaka uza wa 2022

0
Neymar Junior ngo indwi ziri hagati ya 6 n’8 nizo zishobora kuzohaca imbere yuko uwo musore w’umunya Bresil asubira kuboneka mu gitigiri c’abakinyi ba...