Homefeatured sportUlimwengu Jules yatanguriye Ku gitsindo

Ulimwengu Jules yatanguriye Ku gitsindo

Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Ulimwengu Jules yaraye afashije Rayon Sports gutsinda As Muhanga.

Kuri uyu wa gatanu uheze igenekerezo rya 15 Ruhuhuma umwaka wa 2019 niho hakinwa urukino rwahuza Rayon Sports hamwe na As Muhanga mu rukino rwateguwe n’akarere ka Nyanza na FXB mu ntumbero yo kurwanya inda zishushu mu bana bakiri bato.

Ulimwengu Jules niwe yatanguriye Rayon Sports gutsinda igitsindo ca mbere Ku munota wa 22 icakabiri kiza gitsindwa na Raphael Dasilva Ku munota wa 75.

Mukamenya ko Ulimwengu Jules yaguzwe n’umugwi Rayon Sports imukuye mu mugwi Sun rise, akaba yagiye muri Rayon sports amaze gutsinda Sun rise ibitsindo 9 mu nkino 14.

- Advertisment -

Must Read

Dicobu Music Award and Miss Burundi USA winners to be revealed...

0
In recent days, Indundi TV has been working hard to avail information and answer all inquiries about the Dicobu Music Award and Miss Burundi USA...