5.5 C
New York
Tuesday, May 11, 2021
Home abakinyi bakina hanze CAN U 20: Ndaye chancel mu rutonde rw'abakinyi 11 bigenjeje Neza

CAN U 20: Ndaye chancel mu rutonde rw’abakinyi 11 bigenjeje Neza

Umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Ndaye yashizwe mu rutonde rw’abakinyi 11 bigenjeje neza kurusha abandi muri CAN U20.

Ivyo bikaba vyaraye bibaye kuri uyu w’Imana uheze igenekerezo rya 17 Ruhuhuma umwaka wa 2019 , inyuma yaho umugwi nserukira gihugu wa Mali wari uhejeje kwirahira Senegal, baciye hatangwa ubushimwe butandukanye kumwe, n’urutonde rw’abakinyi 11 ba CAN U20 bigenjeje neza muri iryo higanwa .

Ndaye Chancel akinira umugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba akongera agakinira Umugwi Rukinzo Fc niwe mukinyi wenyene w’umurundi yisanze muri urwo rutonde rw’abakinyi 11 bigenjeje neza.

Urwo rutonde rw’abakinyi 11 bigenjeje neza mw’ihiganwa rya CAN U 20 rukaba aruru rukurikira

1)Koita
2) Ndaye
3)Ndiaye
4)Ozornwafor
5)Ndo
6)Drama
7)Lopy
8)Sabo
9)Ngcobo
10) Badji
11) Toure

  • Umumenyereza akaba ari umenyereza Youssouf Dabo amenyereza Mali

Must Read

Imyaka 40 irarumanye umwami wa Raggae yitavye Imana

0
Hari kuwa 11 Rusama 1981 aho umwami wa Raggae Robert Nesta Marley yarazwi cane nka Bob Marley yitaba umuremyi asiga mu gahinda abakunzi b’ibikorwa...