Ihiganwa rya primus league rigiye kubandanya ku ndwi yaryo ya 23 kuva kw’igenekerezo rya 19 na 19 Ruhuhuma .

Ku musi wa Kabiri igenekerezo rya 18 Kigarama.
– Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha indwi n’igice 13h30 Buja city izohura na Flambeau de l’Est
– Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icumi 16h00 Rukinzo Fc izohura na Messager buja
– Ku kibuga co c’urukundo Isaha icenda 15h00 Kayanza United izohura na Musongati Fc
-Ku kibuga c’ingoma Isaha icenda 15h00 Flambeau du Centre izohura les lierres Fc Ku musi wa Gatatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma
– Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko isaha y’indwi n’igice 13h30 Bumamuru izohura na Messager Ngozi
– Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha y’ icumi 16h00 Athletico Olympic izohura na LLBS4A
-Ku kibuga c’Umuco isaha y’ icenda Olympic Star izohura na Vital’o Fc .
– Ku kibuga c’Ingoma Isaha icenda 15h00 Aigle Noir izohura na Ngozi City .